Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umushingamateka yatowe muntara ya Bujumbura Rural ,akongera akaba n’umwe mubahoze barongoye iyo ntara nyene ya Bujumbura Rural yiganye ingene yasimbutse urupfu ,aho yacucagigwako amasasu nabantu bitwaje ibigwanisho.

Nkuko bimenyeshwa na Zeno Ndaruvukanye ,rwagishika kukibanza bitiriye  ca CHANIK giherereye muri  karitiye (Quartier)Asiatique mugisagara ca Bujumbura ,aho nyene akaba yahabonye imodoka yari ihahagaze yasa nkiyo Zeno Ndaruvukanye yariko arakoresha mukwiyunguruza.

Akimara kurengana iyo modoka ,ngo yabonye umuntu asokoroye inkoho ya Mitrailleurs aca tangura kurasa kumodaka Zeno Ndaruvukanye yarimwo ,ariko ntiyigeze ahagarara ahubwo yabandanije agenda mumuvuduko udasanzwe namwe abandanya amukurikiza amasasu…………

Umviriza mumajwi Zeno Ndaruvukanye umushingamateka wa CNDD FDD yatowe muri Bujumbura rural

Tubibutse ko Zeno Ndaruvukanye  asanzwe ari umuhanuzi mubiro vy’umukuru w’igihugu bwana Pierre Nkurunziza.

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply