Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umuririmvyi Yoya Jamal afatwa nkumwe mubaririmvyi babigize umwuga mu Burundi ndetse anasanzwe afise abakunzi benshi bakunda umuziki wiwe yasohoye ururirimbo rwambere rwiwe rw’umwaka wa 2016.

Uru ruririmbo rwa Yoya Jamal rusanzwe ari ururirimbo rw’urukundo nkuko asanzwe akunda kenshi kuririmba indirimbo z’urukundo,ndetse rukaba rwasohotse kw’izina rya “Rukondo”

1

Umviriza aho hejuru ururirimbo Rukundo by  Yoya Jamal.

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply