Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Murugendo barimwo rwo kwiyamiriza ivanwa ry’uBurundi muri CPI (cours penal international)muganga Yohani Minana yagize ico ashikirije.

Mu gihugu c’uBuhorande ,imbere y’inyubakwa ya CPI (cours penal international) Muganga Yohani arongoye umugabwe Foredebu nyakuri akongera akaba umukuru w’urunani rw’ishinze kwubahiriza amasezerano ya Arusha  no kurwanira iyubahirizwa ry’ibirizwa nshingiro  CNARED ,Yoani minani yamenyesheje ko uBurundi btigeze buva na rimwe muri CPI .

Yohani Minani yabandanije amenyesha ko uBurundi butigeze buva muri CPI ahubwo ari Petero Nkurunziza yavuye muri CPI kuko gwariwe afise ico yiyaggiriza.

Mw’ijambo ryiwe ,muganga Yohani Minani yongeye gusaba Pierre Claver Mbonimpa kuba ngwariteguye kuzoza kuraba Petero Nkurunziza nabo basanzwe bakorana mu gihe bazoba bapfungiwe mwiyo Sentare kuko ngo umwanya bashobora kujayo.

Umviriza amajwi ya Muganga Yohani Minani ngaho musi.

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kumwanya kuri Facebook


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

3 Responses so far.

  1. […] Yohani Minani yamenyesheje ku Burundi butavuye muri CPI ,yongera asaba Mbonimpa kuba aritegura kuzoj… […]

  2. […] Yohani Minani yamenyesheje ku Burundi butavuye muri CPI ,yongera asaba Mbonimpa kuba aritegura kuzoj… […]

  3. […] Yohani Minani yamenyesheje ku Burundi butavuye muri CPI ,yongera asaba Mbonimpa kuba aritegura kuzoj… […]

Leave a Reply