Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Wumva afise agahinda Maggy Barankitse umukuru w’ikigo kirera impfuvyi Maison shalom  yababajwe cane nivyaraye bishikiye ikigo maison Shalom  ariko yongera kwemeza kwabategetsi bu Burundi bwarwaye mu mutwe.

Maggy Barankitse akaba yashikirije aya majambo inyuma yaho ,bimenyekaniye kohabaye ibomorwa ry’inzugi ry’ibitaro asanzwe yarubatse ngo mu ntumbero yo gushira ivyo bitaro mu maboko ya Reta.

Wumva afise ashivu ryinshi Maggy Barankitse yiyamirije ivyo bariko barakora kunyubako yari yarubatse ariko yongera kubibutsa ko naho ngo bariko barazibomahura atanumwe yari yamuterereye kugira izo nzu yari yubakiye imofuvyi zubakwe.

Maggy

Maggy Barankitse kw’ifoto

Maggy Barankitse yongeye gusubiramwo amajambo yigeze kuvuga aho mbere yaciye arungikirwa umutahe wo kumuhagarika  kubera ayo majambo,ayo nayo akaba arayo yashikiriza avuga ko abatwara uBurundi barwaye mu mutwe.

 

Umviriza Maggy Barankitse mu majwi ngaho musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply