Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe umunyamabanga mukuru w’ishirahamwe mpuzamakungu kw’isi rijejwe amahoro n’umutekano yari murugendo iBujumbura kw’igenekerezo rya 22 ruhuhuma2016 kugira abonane n’umukuru w’igihugu c’uBurundi yongere amusabe gutegura ibiganiro bihuza bose ,umuhanuzi mu biro vy’umukuru w’igihugu ,bwana  Willy Nyamitwe yamaze kumenyesha aho reta reta y’uBurundi hagaze ndetse anamenyesha ko naho bemereye bwana Ban Ki Moon kigira ibiganiro bidakunira ko urunani CNARED rutorota rutumirwa murivyo biganiro.

Willy Nyamitwe yabandanije amenyesha ko kubona urunani CNARED rusanzwe rurimwo bamwe mubagirizwa imihari yagirizwa kugaba ibitero mu Burundi ko badashobora gutumirwa mubiganiro bizohuza abarundi bose atanumwe avuyemwo.

12247822_931001840288002_7378847677878291272_o (1)

Umviriza mu majwi bwana  Willy Nyamitwe ngaho musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply