Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Willy Nyamitwe, asanzwe ari ,Umuhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,yacucagiweko amasasu n’abantu bitwaje ibigwanisho  mugihe yaratahutse muhira iwiwe.

Ibi vyabereye mu gisagara ca Bujumbura,aho Willy nyamitwe yaratashe iwiwe mu Kajaga aho asanzwe aba ariko kuca agwa mu mutego wabantu bitwaje ibigwanisho bakamucucagirako amasasu .

uyu yariko araronderwa yaratashe iwe aho sanzwe aba ngaho nyene muri Quartier ya Kajaga.

Amakuru ikinyamakuru cacu carose nuko ,uyu muhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu yarusimbutse ariko umwe mubasanzwe bamucungera umutekano akaba yaguye murico gitero mugihe wewe yakomeretse kukuboko.

 

Willy Nyamitwe Kw'ifoto

Willy Nyamitwe Kw’ifoto

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kumwanya kuri Facebook


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, umutekano

Leave a Reply