Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umurwi FOREBU(force Republicaine du Burundi) wasohoye itangazo kuruyu wa kane itariki 21 nzero 2016 aho cane cane  wavuge muri rusangi abagize ugwo  gwego nabasanzwe barukuriye .

Mwiri tangazo ryasizwe hanze na FOREBU (force Republicaine du Burundi) ,uyu murwi wamenyesheje kusanzwe urongowe na Gen Godefroid Niyombare yamwe ari muri  bamwe mubakomeye mugisirikare c’igihugu akongera akaba kw’isonga mubashatse gutembagaza ubutegetsi bwa Nkurunziza kuwa 13 rusama 2015,uyu murwi wambananije umenyesha ko  Gen Edouard Nibigira yahoze ari mugipolisi c’igihugu ari umuvugizi wuyu murwi wa FOREBU

Umviriza ijambo rya FOREBU ryose ngaho hasi

…………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply