Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Persille Mwidogo yigeze kwerekwa kuwurwanya Nkurunziza aba agwanya Imana,ngo yongeye kwerekwa ko uBurundi butegerezwa kuva muri CPI

Ushingamatekakazi  Persille Mwidogo yatowe mu Ntara ya Ngozi  yongeye kwemeza ko Imana yamubonekeye kuyindi ncuro  igira kabiri ,anemeza ko abashingamateka bose bategetswe gutora itegeko rituma uBurundi buva muri sentare mpuzamakungu mpanavyaha y’iRahe.

Persille Mwidogo yabandanije amenyesha ko umushingamateka ataza gutora iri tegeko azoba aciye kubiri n’ubugombe bw’Imana kuko ivyo yariko arababwira arivyo yari yatumwe n’Imana

soma iyindi nkuru bijanye :http://www.bishasha.com/umushingamateka-persille-mwidogo-wewe-asanga-pierre-nkurunziza-yatoranijwe-nimanaumviriza-amajwi/


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Leave a Reply