Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yo kugandagura umukuru wigihugu yari yatowe n’abanyagihugu mu mwaka wa 1993 ,abasirikare bari bihaye iryo bara ntibagandaguye umukuru w’igihugu gusa ahubwo babandanije guhiga bunyamaswa n’abandi bari mu mugabwe wa SAHWANYA FRODEBU kugira babagandagure .

Murabo bagandaguwe harimwo abashingamateka 13  bari mu  mugabwe SAHWANYA FRODEBU ico gihe c’umwaka wa 1993.

1:Umushingamateka KAJIBWAMI POTIEN

2Umushingamateka BIMAZUBUTE GILLES

3:Umushingamateka NDIKUMWAMI RICHARD

4:Umushingamateka SENTAMO ENGLEBERT

5: Umushingamateka PFAYOKURERA SYLVESTRE

6:Umushingamateka MANIRAMBONA JUVENAL

7:Umushingamateka NDIKUMANA INNOCENT

8:Umushingamateka GAHUNGU GERARD

9:Umushingamateka NTAMUTUMBA BIBIANE

10:Umushingamateka MUBEMBE EMMANUEL

11:Umushingamateka NTAHOMVUKIYE EVARISTE

12:Umushingamateka SURWAVUBA MALACHIE

13:Umushingamateka CIZA BERNARD

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Leave a Reply