Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Yishura kubbazo vyumumenyesha makurukazi w’imboneshakure ya France 24 ,Niyonsavye Christine Nina asanzwe aserukira igihugu c’uBurundi mu gihugu ca France yakuriye inkoni ku gishitsi abari mu Biganiro i Arusha ,amenyesha ko naho bagiye kuganira ata Reta y’uBumwe barota bashinga  ahubwo ko ibiganiro arivyo kugira bongere banagure imigenderanire yatitutse n’ibihugu nk’ubuFransa  (France)hamawe na Belgique .

Umviriza musi mu majwi ingene Niyonsavye Christine Nina yishuye igihe umumenyesha makuru w’imboneshakure France 24 yamuhata ibibazo.

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Leave a Reply