Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihugu ca Kenya habonetse umwigeme yiyemerera kwakora akazi ko kuryamana nubantu bapfuye kugira aronke ubutunzi bwinshi bw’amafaranga.

Uyu mwigeme ahamagagwa n’umwe mubagore babamenyesha makuru basanzwe bakora kwimwe mumaradiyo yo muri Kenya yemeye ndetse aranabishimangira kwasanzwe yiryamanira nabantu bapfuye kugira aronke ubuzima bwiza ndetse ngo anaronke namahera menshi cane,uyu mwigeme yemeje neza ko kuruhande rwiwe  kwatakibazo nagito abibonamwo kandi kwatanicuza nagato.

Uwo mwigeme akaba yemeye ko uwo mwuga awumazemwo igihe kingana n’imyaka 3 yose kandi kwarivyo bimutunze kandi kobinamuha amahera menshi cane.

Umviriza vyose ngaha mumajwi :Amajwi akaba avanze icongereza hamwe nigiswahili

https://soundcloud.com/bishasha/umunyakenya-yemeje-kwarya-nabantu-bapfuye-kugira-aronke-amahera-utunzi


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Leave a Reply