Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukenyezi w’umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika ,umukenyezi Michelle Obama yaraye akoze indirimbo ihamagarira abana kuja kumashure.

Mundirimbo yiwe yaririmvye mumudiho wa HIP HOP ,umukenyezi wa Barack Obama yatangaje abantu benshi aho yaririmba mubuhinga budasanzwe iyo njana ihamagarira abana kuja kumashure.

Iyi ndirimbo ya Michelle Obama ,yasohotse yitwa”Go To College

obama

Iyi ndirimbo rero ikaba iriko irakundwa cane mugihugu ca Amerika ndetse no kw’isi yose ,iyi ndirimbo ikaba imaze kurabwa n’abantu barenga imillioni zitatu(3000.000) mugihe c’imisi itarenga 2 gusa.

  Raba Video yiyo ndirimbo  ngaha hasi ya Michelle Obama


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply