Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umugabwe CNDD FDD ,uramutswa ubutegetsi mu Burundi kuva mu mwaka wa 2005 gushika magingo aya wasohoye itanganzo ryawo inimero 02 kuruyu wa gatatu itariki 3-2-2016 aho wagarutse cane kugihugu c’uRwanda hamwe n’umukuru w’igihugu waco Paul Kagame hamwe n’uwahoze atwara uBurundi bwana Pierre Buyoya.

Muriryo Tanganzo umugabwe CNDD FDD wasize ahabona uyu musi ,wagarutse kuruhara umukuru w’igihugu c’uRwanda abandanya agira muryane ziri mu Burundi ndetse bamwagiriza kwashaka gukora ibishoboka vyose ngo ashireho uwahoze atwara uBurundi bwana Pierre Buyoya.

images

Si ubwa mbere umugambwe CNDD FDD ishira mu majwi abo bantu babiri n’abandi banyamahanga, harimwo uwahoze ari umushikiranganji wa mbere w’Ububiligi na n’uwuserukira igihugu ca Amerika muri Onu, Samantha Power bose bagirizwa nuwo mugabwe gushaka gufasha abatavuga rumwe n’uButegetsi bwa CNDD FDD.

Umviriza ijambo ry’umugabwe CNDD FDD musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 

 

 


Categories: Muhira

Leave a Reply