Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ibintu bitangaje kw’isi bibandanya vyibonekeza ,ndetse bikaba bituma abantu benshi bibaza nimba vyukuri isi itariko iragenda ija kwiherezo ryayo.

Abantu bo mubice bitandukanye vyo kw’isi  bagiye baboneka bakoze ubugeni n’ibintu bitangaje kw’isi ,aho bamwe bagiye bagira ubugeni n’imbwa,ihene,ibiti,imisego n’ibindi vyinshi ,ariko hakaba hatari bwaboneke uwukora ubugeni n’igipupe .

Dirk  asanzwe ari n’umunyagihugu wo muri reta zunze ubumwe bwa Amerika ,kuruhande rwiwe yahisemwo kwikorera ubugeni n’igipupe ,ndetse aca anacitwa n’izina ry’ikiremwa muntu  Jenny.

Dirk yatangaje uburyo akunda uyu mugore wiwe wigipupe n’uburyo atabona ikintu nakimwe kw’isi gishobora gusubirira iki gipupe ciwe mubuzima bwiwe bwa misi yose haba mu buzima busanzwe ndetse no mugikorwa co gukora imibonano mpuza bitsina.

 Dirk akunda kwiyegereza umugore wiwe w'igipupe iruhande

Dirk akunda kwiyegereza umugore wiwe w’igipupe iruhande

Dirk yaguze iki gipupe ciwe amafaranga yamanyamerika angana na $6,750 (imiriyoni 10 zirenga z’amarundi)Dirk akunda kwemeza cane kwakunda uyu mugore wiwe w’igipupe kurusha ibindi bintu vyose ndetse ko hageze kugikorwa c’imibonano mpuza bitsina hoho biba bihebuje kuko aba ariko arabikora n’umugore wiwe asanzwe akunda cane.

Dirk aja kwoza iki gipupe mwobwogera buri musi mugatondo

Dirk aja kwoza iki gipupe mwobwogera buri musi mugatondo

Dirk yiryamanira n'umugore wiwe w'igipupe nk'ibi biremwa bisanzwe

Dirk yiryamanira n’umugore wiwe w’igipupe nk’ibi biremwa bisanzwe

 


Leave a Reply