Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihugu ca Reta zunze ubumwe  bwa Amerika umugabo  aba mumuji wa Los Angel yakoze igitangaza aho akoresheje ubukorikori bwiwe yashoboye gutambukira hejuru kumazi .

Uyu mugabo yamenyekanye nka Dynamo ,mubisanzwe asanzwe azwi nk’umunyabugenegene(Magicien)akaba amaze gukora ibintu vyinshi vyatangaje abantu benshi ariko akaba ari incuro yambere yashoboye kugira kumazi hejuru.

Dynamo kw’ifoto hejuru ariko aragendera kumazi hejuru.

Mugihe yariko aragendera kumazi hejuru bikaba vyatangaje abantu benshi ndetse abari mw’ibarabara bakaba bataye ibikorwa vyabo baja kuraba ibitangaza uyu mugabo yariko arakora.

Raba hasi Video yuyu musore ariko aragendera kumazi

https://www.youtube.com/watch?v=PeJveOOAgzA

 


Leave a Reply