Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mu mpanuro Umukuru w’Igihugu c’uRwanda   Paul Kagame yahaye urwaaruka rushika kuru 2090 rwari rrwahuriye hamwe mu nyubakwa nshasha ya Kigali Convention Center ,umukuru w’igihugu c’uRwanda yongeye kugaruka kuri bimwe bimwe mubikunzwe kuvugwa m’ubinyamakuru aho rumwe murwaruka rw’umgabwe uru kubutegetsi mu Burundi rukunzwe kuvugwa ko rukunda gushira mu ndirimbo zabo umukuru w’igihugu c’uRwanda aho baba bariko baravuga ko bazomumesa.

001-6

Kagame Imbere yurwaruka yariko aratekerera impanuro

Paul Kagame yagize  ati “Kurwana urugamba ntanumwe vyari  bikwiye gutera ubwoba nagato, umuntu arwanira ikintu ciwe yumva kimufitiye agaciro, umuntu arakirwanira. Nk’ibi muja mwumva abantu bashobora gusambura  ivyo abantu bubaka, nk’iyi nyubako ukumva ko woza ukayishira hasi, oya nakwica imbere y’uko ubigeraho.

Paul Kagame yabandanije agira ati” je nta gitutsi kibi wontuka ngo kimbabaze, kuntuka? Ndakwihorera nkikorera  ivyanje, ivyanjye bindaba biri ngaha  mu Rwanda ariko ushatse kunkurikirana iwanje, niho novugav, kuri ico nta nzira zibiriri zihari. Naho abaza ku mipaka  bagatukanaaaa.. numvise amajambo ngo bazotumesa ……ariko nabo barabizi, bagomba kuba babizi ubwo ni wa murongo uba utararengwa.”

Umviriza Paul Kagame mu majwi ngaho musi

…………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Politic

Leave a Reply