Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma y’igihe gito cane afashwe azira ugushaka kwica mugenziwe akaza no guca aba arapfungiwe mw’ibohero ryo kumugwa mukuru w’intara ya Muyinga, Michel Nurweze batazira Rwembe yarengukijwe imbere y’ubutungane ahita ahabwa igihano gikwiranye n’igikorwa yakoze. Kuruyu wa kabiri igenekerezo rya 19 nzero 2016 niho ,urubanza rwa OPP2 Michel Nurweze batazira Rwembe rwasasa muri sentare nkuru y’intara ya Muyinga. Inyuma y’umwihwezo w’uru rubanza sentare Nkuru y’intara ya Muyinga ,yafshe ingingo yo guhana OPP2 Michel Nurweze batazira […]

Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Inyuma yamasaha 48 gusa  Celine Dion abuze umugabo wiwe ,uwo bavukana nawe yitavye Imana Kumyaka 59 yamavuko ,Daniel Dion ,umwe mubavukanyi bumuririmvyikazi Céline Dion  yitavye Imana inyuma yamasaha 48 gusa uyu muririmvyikazi wigihangange kw’isi abuze umugabo wiwe bari bafitanye abana batatu. Uyu musazawe apfuye azize ingwara ya Cancer ,ndetse akaba arinayo ngwara yari yahitanye umugabo wiwe René Angélil. Céline Dion akaba agiye mugahinde n’umubabaro bidasanzwe na cane cane kwatari bwanahambe uyu […]

Categories: Amakuru, Mumakungu, Umuziki

Umushingamateka Persille Mwidogo wewe asanga Pierre Nkurunziza yatoranijwe n’Imana:umviriza amajwi Abashingamateka bose  barikumwe n’abakenguza mateka bose batowe mubice bitandukanye vy’uBurundi bazindukiye mungoro yamakoraniro mu Kigobe kugira bige kukibazo c’irungikwa ry’abasirikare mpuza makungu ubumwe bwa Africa buheruka kuvuga ko bugiye kurungika mu Burundi, muruko kuja hamwe kugira barabe icokorwa kunyungu z’abarundi bise,abashingamateka bose hamwe n’abakenguza mateka bagiye  bagiye barahabwa ijambo umwe wese akagenda avuga uko abona ibintu n’icokorwa kugira uBurundi ntibusubire […]

Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Umukenyezi w’umukuru w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika ,umukenyezi Michelle Obama yaraye akoze indirimbo ihamagarira abana kuja kumashure. Mundirimbo yiwe yaririmvye mumudiho wa HIP HOP ,umukenyezi wa Barack Obama yatangaje abantu benshi aho yaririmba mubuhinga budasanzwe iyo njana ihamagarira abana kuja kumashure. Iyi ndirimbo ya Michelle Obama ,yasohotse yitwa”Go To College” Iyi ndirimbo rero ikaba iriko irakundwa cane mugihugu ca Amerika ndetse no kw’isi yose ,iyi ndirimbo ikaba imaze […]

Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki