Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihugu ca Tanzania habonetse umuvuga butumwa (pastor )azwi kw’izina rya Kisa Gbekle asanzwe afise urushengero murico gihugu ,aho mukwigisha ijambo ry’Imana ategerezwa kugira kumigongo yabamwe mu bayoboke bo mw’idini ryiwe.

Nkuko amakuru abandanya abimenyesha ,amenyesha kuwo muvuga butumwa asanzwe adakoza ukuguru kwiwe narimwe hasi mugihe aba ariko yigisha ijambo ry’Imana kuko ngo isi yamaze kwandura.

Uyu muvuga butumwa aba afise abantu babiri canke batatu bapfukamye hasi akabagira mumugongo kugira ntahonyoze ukuguru hasi mugihe ariko aravuga ubutumwa

Uyu muvuga butumwa aba afise abantu babiri canke batatu bapfukamye hasi akabagira mumugongo kugira ntahonyoze ukuguru hasi mugihe ariko aravuga ubutumwa

 

Mugiheabajejwe kumujana bataba badapfukamye ,umwe mubasanzwe bakora ibikorwa mw’ishengero ashobora kumuheka mu mugongo hanyuma akamuzungurukana urusengero mukubwiriza ubutumwa bwiza.

S

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Urukundo

Leave a Reply