Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuama yaho mugihugu ca Tanzania kumusi w’Imana   biriwe mumatora mugihugu cose ivyavuye mumatora vyatanguye kuja ahabona.

Umugabwe wahora kubutegetsi ariwo chama cha mpinduzi( CCM) niwo biriko biravugwa kuza imbere mumatora yumukuru w’igihu .

Kubiharuro vyambere bimaze gushigwa ahabona DR John Pombe Magufuri yaserukiye umugabwe CCM umaze kubutegetsi imyaka myishi cane kuva igihugu ca Tanzania kironka ukwikukira niwe aza imbere ya mugenziwe  DR Lowassa aserukira umugabwe wa CHADEMA.

Ibi ariko bikaba vyakozwe hifashishije zimwe muntara za Tanzania ,ariko ibiharururo bishobora guhinduka umwanya n’umwanya bitewe nuko muzindi ntara bizoba vyagenze

Ariko gushika ubu mubiharuro vyagiye birerekanwa ,nikuvuga bimazwe guharugwa bwana DR Magufuri aza imbere ya mugenziwe Lowassa

10369175_784065141715798_4896109696767093047_n 12047077_784065055049140_6992320357676669273_n 12191773_692823620853640_3478952321226702456_n12190816_784065275049118_4317148635551702340_n (1)


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply