Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Tanganyika Blue Bay Resort ni kimwe mubibanza biri mugisagara ca Rumonge giteye igomwe uravye ubwiza bwaco n’ikibanza gisanzwe giherereyemwo .

Tanganyika Blue Bay Resor isanzwe iherereye mu ntara iri mubumanuko bw’igihugu c’uBurundi mu  Ntara ya Rumonge ,Tanganyika Blue Bay Resort isanzwe ari n’iHoteri ikongera ikaba na Restaurant  muri rusangi ,ikaba isanzwe inafise ivyumba abantu bashobora kuruhukiramwo canke bakararamwo.

Tanganyika Blue Bay Resort isanzwe arimwe mu ma hoteri akundwa cane mu gisagara ca Rumonge kubera ikibanza yubatsemwo ,na cane cane kw’iyi hotel ya Tanganyika Blue Bay Resort iri neza na neza kunkengera z’ikiyaga Tanganyika ,ibi  bituma ababa baharuhukiye banezegwa n’akayaga  k’ikiyaga Tanganyika .

Raba mu mafoto ubwiza bwa Tanganyika Blue Bay Resort

blue-bay-resort-view

Tanganyika Blue Bay Resort isanzwe ifise Piscine ifasha abaharuhukiye iyo bashaka kwoga

Tanganyika Blue Bay Resort isanzwe ifise Piscine ifasha abaharuhukiye iyo bashaka kwoga

img_1549

medium (2)

medium (3)

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 


Categories: Amakuru, Muhira

Leave a Reply