Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Kuruyu wa kane itariki 5 munyonyo 2015 kumutakura hazindutse haboneka ibiziga vyabantu 2 bishwe biwme bibabaje binateye agahinda.

Murabo bagandaguwe harumwe ivyangwobwa vyiwe vyaciye bitorwa ngaho mumasaha yagatondo ,uwo yagandaguwe akaba yamenyekanye nka Sungura Gabin , imvukira y’intara ya Karusi mucice ca Gitaramuka.

Sungura Gabin akaba yarasanzwe akora muri Jubille Assurance  akongera akaba n’umurongozi mubiro vya Bicor.

Sungura Gabin  yagandaguwe avuye muntara ya Bubanza aho yaca n’imodoka yiwe yo mubwoko bwa Toyota Probox muri zone ya Mutakura .

Inyuma yo kugandagurwa  abo bagizi banabi bakaba  baciye  bamukuramwo umutima , imodoka yarimwo nayo ica iraturirwa nyene nabo bagizi .

Nkuko benshi babivuga ,Sungura Gabin ahobora kuba yazize ibintu yahora yandika kurubuga rw’iwe rwa Facebook

Mukwezi kwa mukakaro Sungura Gabin yasize kurukuta rw’iwe rwa Facebook  amajambo ashobora kuba ariyo yamukozeko ayo yagize ati:

Les burundais sont des acteurs d’une pièce théâtrale qu’ils n’ont pas composé. Malheureusement, les gagnants sont les compositeurs que sont l’AMERIQUE, LA FRANCE, LA BELGIQUE,… qui, à part ces contrats dont vous parlez, ils veulent vendre leurs armes. ce qui est dommage, ils ne maquent jamais de Marionnettes à utiliser.

– Ils sont allez Désarmé l’IRAC des armes nucléaires qui n’existaient pas;
– ils détruit la LIBIE soi disant que KADAFI était un dictateur alors qu’il n’était qu’un africain, un nationaliste;
– SANKARA est mort et les français en savent quelque chose.
Je me demande s’ils peuvent jouer en même temps le pyromane et le sapeur pompiers.

Ils ont utilisé MACONCO, RWASA, SINDUHIJE,PACIFIQUE et jusqu’ici ça n’a pas réussi. Maintenant qui vient? ou-bien, ils veulent agir eux mêmes directement?

je ne doute pas que même ceux qui détestent NKURUNZIZA comprendront plus tard que le président proche du peuple a raison et les permettaient de gagner peu mais de partager avec leurs compatriotes dans la tranquillité.

Prions le bon Dieu qui voie tout . Je crois en sa protection envers le peuple Burundais.

 Ifoto musi

12208585_505072766342384_4647145090567065678_n

Raba hasi ifoto zerekana iyicwa bunyamaswa bwakorewe Sungura Gabin akaza no gukurwamwo umutima ahejeje kugandagurwa.

 

12191940_505072909675703_6779912019930357995_n 11148619_505072689675725_3725790143088927348_n


Categories: Amakuru, Inkino, Politic

Leave a Reply