Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Sal G numwe mu baririmvyi babarundi yamenyekanye mundirimbo nyishi harimwo nka”Reka kumbabaza” yakoranye na Big fizzo mumwaka wa 2014 .

Ubuzima bwuwo muririmvyi Sal G bwoba butifashe neza nagato kuko  bivugwa ko yafashwe n’ingwara benshi bavuze ko vyoba ari ibisazi kuko yaciye anyarukanwa mubitaro vyo mu Kamenge aho benshi basanze bita kwa Legentie kugira akurikiranigwe hagufi nabaganga banonosoye ivyerekeye izo ngwara zo mumumtwe.

Icateye uburwara uyu muririmvyi Sal G kikaba kitaramenyekana ariko twobibutsa gusa yuko uwo musore Sal G yahora mugihugu ca Kenya mumezi yahera .

Ubu rero abantu benshi bakaba batanguye kwibaza aicoba catumye uwo musore afatwa niyo ngwara .

Sal G kw’ifoto hasi arikumwe n’umukenyezi wiwe

Sal G yagwaye ingwara idasanzwe

Iyi akaba arimwe mund’ indirimbo ya Sal G yakoranye na big fizzo


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

One Response so far.

  1. yves says:

    namweee muragaba, indirimbo bakoranye muri 2024???

Leave a Reply