Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Icegera c’ambere c’umukuru w’inama nshingamateka y’uBurundi akongera akanaba umwe mubashingamateka batowe mu Ntara ya Ngozi ndetse akanaba umukuru w’umugabwe FNL ,ubwoba ni bwose ndetse yivugiye ubwiwe ko hariko harategeurwa kumujana mw’ibohero rikuru rya mpimba bitarenze igenekerezo rya 30 ruheshi 2016.

Ibi Rwasa Agathon abimenyesheje inyuma yaho hari haheze imisi havugwa ko hoba hari umugambi wo gushaka kumugandagura ndetse bikaba  vyanatumye abasanzwe bamucungera ubuzima barikanura kubera bari bumvise uwo mugambi mubi wo kugandagura Rwasa Agathon.

Mukiganiro camaze umwanya muto cane Rwasa Agathon yahaye imwe munsamirizi z’ubufaransa (France)Rwasa Agathon yemeje ko inyuma yo gushaka kugandagurwa bigasa nibinaniranye ko hoba hariko harategurwa umugambi wo kumuta muri yompi bitarenze igenekerezo rya 30 ruheshi agaca anagirako ajanwa mw’ibohero rikuru rya mpimba

Umviriza Rwasa Agathon ngaho musi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………


Leave a Reply