Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Rtd Brig Gen Frank Rusagara ,umwe mubahoze ari abasirikare  bakomeye mu gisirikare c’uRwanda ubu abarizwa mu munyororo aho apfunzwe azira ukwumviriza iradiyo isanzwe itavuga rumwe na Reta y’uRwanda hamwe no kuvuga nabi ubutegetsi.

Iyi radiyo uyu mugabo yagirijwe kwumviriza  hamwe no gukunda ,ni radio Itahuka isanzwe ivugira kubuhinga bw’ingurukana bumenyi Internet .

10616104_10203953499093951_917317514523983028_n

Muribi  vyaha uyu mugabo aregwa asanzwe yagirizwa na mugenziwe Col Jules Rutaremara.

Col Jules Rutaremara akaba yagiza mugenziwe bwana Rtd Brig Gen Frank Rusagara kwumviriza iradiyo Itahuka hamwe no kudakunda ubutegetsi .

Umviriza mu majwi  ngaha musi ivyaha uyu mugabo aregwa nivyo yagirizwa(amajwi y’ijwi rya Amerika )

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………….

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply