Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe hariko haraba inama yatunganijwe nigihugu c’uBuhinde  hagatumirwamwo ibihugu vyose vya Africa ,umukuru w’igihugu ca Zimbabwe wewe ntiyorohewe kuko ivyamushikiye ari akamaramaza.

Robert Mugabe aja kuramutsa mugenziwe ,bwana Modi asanzwe arongoye ubu Hinde ntiyashoboye kworohegwa kuko bisa nivyamugoye cane gushika aho mugenziwe yarari akaza gufashwa nabari ngaho bacunze umutekano .

Inyuma yaho Robert Mugabe vyabonetse neza ko yari yagiye murico kibanza yanyoye agasembuye

Raba Video hasi


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu, Politic

Leave a Reply