Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Ingwano zikomeye zongeye kuvyuka hagati y’abasirikare b’igihugu ca Repuburikaiharanira intwaro rusangi ya Congo hamwe n’imigwi yiitwaje ibigwanisho mu gice c’uburasirazuba bw’ico gihugu mu gisagara ca Kananga.

Izi ngwano zidasanzwe zahuje aba bagwanyi n’ingabo z’igihugu ca RDC zari ziturutse ko umwe mu mitwe ytwaje ibigwanisho yo muburasira zuba bwa RDC washatse gufata ikibuga c’indege ca Kananga kiri kubirometero 50 uvuye mugisagara caBeni aakunzwe kuba imigwano ihuza abasirikare ba reta hamwe nizo nyeshamba.

Abasirikare ba Congo bagerageje kwirukana aba bagwanyi bakoresheje ibigwanisho bikomakomeye

Abasirikare ba Congo bagerageje kwirukana aba bagwanyi bakoresheje ibigwanisho bikomakomeye

Amakuru ava murico gice ca Kananga amenyesha ko iyo migwano yahitanyeabantu barenga kuri 50 mugihe abanyagihugu bobo bemeza ko haguye abarenga ijana (100)

Tubibutse ko iyi mirwanyo yavuye kurutse rw’umwe mubatware buyu mutwe w’itwaje ibigwanisho aheruka kugandagurwa muburyo budatomoretse aho abasanzwe bamuyoboka nabo baciye bahitamwo kwihora .


Categories: Muhira, Mumakungu

Leave a Reply