Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe hariko harategurwa ihiganwa rya Miss Burundi muruyu mwaka wa 2016 /2017,bamwe mubakobwa bazohiganirwa ico kibanza bamaze kumenyekana .

Abamaze kuja ahabona n’abigeme 16 bose bakaba ari abarundikazi ,aba 16 bakaba batowe mugice ca 1/4 ca Final ya Miss Burundi 2016/2017.

Inyuma yiki gikorwa co gushira ahabona abigeme 16 bageze mugice ca 1/4 canyuma hategekanijwe guca hashigwa ahabona abigeme bazoba bashitse mugice ca 1/2 ciri higanwa mu misi ya Vuba.

Igice ca nyuma (Final)kikaba kizoba igenekerezo rya 23 mukakaro 2016 akaba ariho hazomenyekana umwigeme mwiza kandi arusha abandi ubwenge ( Miss Burundi) w’umwaka wa 2016/2016.

Raba amafoto yose yaba bigeme ukwari 16.

13494819_1261544817190839_2492922702666469547_n13508997_1261544643857523_4159743339992653697_n

13509005_1261544380524216_304177274004572727_n13516379_1261544400524214_103711556070379383_n

13521877_1261544940524160_6018821512074665061_n13524304_1261544720524182_7604582653844104304_n

13528664_1261545017190819_906176777416684118_n13529124_1261544987190822_6783605861371671726_n

13438905_1261544553857532_5896486629802993981_n13439178_1261544910524163_6864387033473141481_n

……………………………………………………………………………………………………………………….


Categories: Burundi, Ireresi, Umuziki, Urukundo

2 Responses so far.

  1. Diane Nshimirimana says:

    les filles courages!

  2. anderson sonsin sung says:

    ABO BIGEME BARADOBOJE !!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!!

Leave a Reply