Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru w’igihugu c’uBurundi ,Pierre Nkurunziza niwe yabaye umukuru w’igihugu wambere yipfurije intsinzi mugenziwe bwana Donald Trump ahejeje gutsinda amatora y’umukuru w’igihugu muri Reta zunze ubumwe za Amerika .

Donald Trump atsinze aya matora arushije mukeba wiwe Hillary Clinton bariko barahiganwa ndetse intsinzi yuyu mugabo ikaba ibaye nkaho yatangaje isi yose muri rusangi kuko abantu benshi bataziga ko Donald Trump ashobora gutahukana intsinzi.

Kuba Petero Nkurunziza ariwe abaye uwambere yipfuriza intsinzi Donald Trump ,ibi vyerekana neza ko Petero Nkurunziza yipfuza ihinduka mu  migenderanire y’ubutegetsi bw’Burundi hamwe na USA ubu izoba iriko iratwarwa numugabo avuye mu mugabwe  waba Republic .

Ubutumwa bwa Petero Nkurunziza bukaba bwagira ati”Mr Donald Trump ,on behalf of People of Burundi,We warmly congratulate you.your ictory is the victory of all Americans.

nkurunziza

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kumwanya kuri Facebook

.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply