Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihe umukuru w’igihugu c’uBurundi yari mu Ntara ya Gitega aho yariko arakora igikorwa c’indwi yose yo gusengera uBurundi n’umuryango wiwe mu commune ya Gishubi,umukuru w’igihugu bwana Petero Nkurunziza yongeye kwemeza ko umwana wabo mutoya yari yabiganiye ivyo gutembagaza ubutegetsi imbere y’amezi 2 kugira bibe.

Nkuko Pierre Nkurunziza , umukuru w’igihugu c’uBurundi yabishikirije ndetse bikongera bigashimangirwa n’umupfasoni wiwe Desine Nkurunziza,aba bose bemeje ko umwana wabo mutoya yari yababwiye indito yarose zijanye n’abasirikare bashatse gutembagaza ubutegetsi ,kandi uko yabibiganiye kwariko vyaje kugenda.

Imwe mumafoto y'igishubi mu gihe c'amasengesho

Imwe mumafoto y’igishubi mu gihe c’amasengesho

Petero Nkurunziza ati: mukwezi kwa  gatatu murarya matariki nyene ,mw’ijoro   umwe mubana biwe afise imyaka itanu yabavyuye mumasaha y’ijoro aza kubabwira ko mu Basoda hari ibitagenda neza ndetse ko bashavuye cane………..

Umviriza amajwi yose y’intahe yashikirijwe na Petero Nkurunziza ngaho musi

Umukuru w’igihugu n’umupfasoni wiwe mu gikorane igishubi kw’ifoto musi

1

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira

One Response so far.

  1. Jean says:

    Uburundi buragiye kuva mu mahona yatewe na pasitori kuko avyara abana babonekegwa hamwe sa se na nyina.
    Ngirango nibwo buryo yatoye bwogusinziriza abarundi abica rubozo.

Leave a Reply