Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Bosco Niganze batazira Bobo  hamwe na Vianney Nzigamasabo batazira Vichou Love bagize umurwi wa Peace and Love  bongeye gushira amasanamu y’urundi ruririmbo rwabo hanze inyuma yigihe kitarenze indwi zibirigusa basize hanze amasanamu y’ururirimbo rwabo bise”.Haranira amahoro”

peace and love

Uru ruririmbo rushasha rwa  Peace and Love rukaba rwitwa “Ndagukumbuye”bakaba barukoze bafadikanije na Fab Love umwe murwaruka akiri muto cane ariko biboneka kwafise ingabirano idasanzwe mu mudiho wa Hip Hop .

Irabire hasi mu mashusho urwo ruririmbo :Ndagkumbuye by  Peace and Love ft Fab Love

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 


Categories: Muhira

Leave a Reply