Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru w’igihugu c’uRwanda ,bwana Paul Kagame yishuye bimwe mubibazo yariko arabazwa n’abarundi bari bitabiriye inama yariko arakorana n’abanyagihugu b’uRwanda.

Mugikorwa ciwe yari yitiriye “Meet the  President”cakorewe mugihugu ca Retazunze ubumwe bwa Amerika ,mukungurana ivyiyumviro hagati y’ abarundi hamwe n’abanyarwanda bari bitabiriye ico gukorwa ca Paul Kagame  ,Umukuru w’igihugu c’uRwanda yerekanye iterambere igihugu ciwe kimaze gushikako ndetse yerekana nicakozwe kugira iryo terambere rishikweko.

Bamwe mu barundi bari murico gikorwa babajije umukuru w’igihugu c’uRwanda icokorwa kugira ikibazo c’uBurundi gitoregwe umuti nokugira ubwicanyi buri mu Burundi buhagarare.

Umviriza ivyo Paul Kagame yishuye Abarundi bari bamubajije icokorwa kugira amahoro yongere gusasagara mu Burundi.

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply