Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Uwahoze ari umuvugizi w’umugabwe Fnl yegukira umushingamateka Rwasa Agathon kuva batangura urugamba  gushika mu mwaka wa 2005 ,ariko bakaza gutandukana  inyuma y’amatora y’umwaka wa 2010  ,agaca yishingira umugabwe wiwe wa FNL iragi rya Gahutu Remy yongeye kwiyamiriza abo bose bashaka kugwanya intwaro ya Demokarasi mu Burundi hamwe n’ugushaka kuzana intwaro y’abahima mu Burundi.

Mwijambo rya Pasteur Habimana yongeye kwibutsa bimwe muvya kahise k’uBurundi yongera yibutsa n’abakuru bigihugu c’uBurundi bagiye  baricwa  mu  myaka dusize inyuma.

Pasteur Habimana  yongeye kugaruka kumukuru w’igihugu Syvestre Ntibantungunya  ngo ko yoba ariko yishira kubamukubaguye bakamutera amazirantoke mu maso mu Ntara ya Gitega mu myaka ya 1996.

Umviriza mu majwi   Pasteur Habimana

Tubibutse ko Pasteur Habimana akunda kwagirizwa ko yoba ari mubo umugabwe wa CNDD FDD yamaze gufata nkigikoresho cawo kugira aze yitwa uwutavuga rumwe na Reta.


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply