Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Methusselah NIKOBAMYE batazira Pasteur Habimana yahoze ari umuvugizi w’umugabwe FNL wa Rwasa Agathon ariko ubu akaba arongoye umugabwe wiwe FNL iragi rya Gahutu Remy yongeye kwishira mu majwi aho anebagura intuwaro zahabaye kuva kera.

Ibi  Pasteur Habimana yabivugiye mu Ntara ya Cibitoke asanzwe avukamwo aho abanyagihugu atari bake bari kakoraniye mubwugamo bwo kuri komine Buganda mu biganiro bihuza abarundi biriko biraba mugihugu cose.

Methusselah NIKOBAMYE yaneguye abatwaye uburundi kuva kera na rindi ,yongera amenyesha ko abagiye Arusha ko batigeze bakora ivyategerezwa gukorwa………………..

Umviriza amajwi ya Pasteur Habimana ngaha hasi

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply