Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Jules Hungu Wembadio Pene Kikumba abenshi bazi kw’izina rya papa wemba yaraye yitavye Imana aho yafashwe bukumbi agahita yikubita hasi ari mw’isabukuru   rya Femua  ryariko ribera mu gihugu ca cote d’ivoire,ryari ryateguwe n’umurwi wa Magic System wo muri Cote d’ivoire.

Papa Wemba akaba yari umwe mubaririmvyi badasanzwe bo muri RDC hamwe no muri Africa muri rusangi ndetse akaba yari yarasanzwe afise n’abakunzi benshi kumugabe w’iburayi nko mu Bufaransa hamwe n’ibindi bihugu bikoresha ururimi rw’igifaransa.

Papa Wemba kw'ifoto

Papa Wemba kw’ifoto

Papa Wemba akaba yitavye Imana kumyaka 66 yamavuko akaba asize inkurikirane z’indirimbo ziwe zirenga 10 .

13055072_916390521822688_7954263043340802917_o

Papa Wemba

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply