Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

  • Ihinguriro ry’ibinyobwa mu Burundi  BRARUDI (Brasseries et Limonaderies du Burundi) ryasohoye ikinyobwa gishasha kizoba gihinguwe mu Bitoke . “Nyongera Akiwacu” nico kinyobwa gishasha  casohowe kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 10 kigarama 2016 mu Ntara ya gitega n’ishirahamwe rihinguriro ibinyobwa mu Burundi ariryo BRARUDI (Brasseries et Limonaderies du Burundi) . Nkuko vyatangajwe n’umukuru wa BRARUDI bwana […]

  • Inyuma  yaho Benjamin William Mkapa ,umuhuza mu matati y’uBurundi ,amenyeshereje ko abasanzwe bagirizwa ubwicanyi badakwiye kuja mu biganiro bihuza abarundi,bamwe mubanyepolitke harimwo n’abakozi b’Imana baserukira amashengero babandanya kwiyamiriza ico ciyumviro ca William Mkapa. Kuruhande rwabaramutswa amashengero ,uwatanguye kwiyamiriza kumugaragaro iciyumviro ca Benjamin Mkapa ni Mgr Simon NTAMWANA,asanzwe asanzwe arongoye intara ya Gitega mw’shengero Katorika. Kubwa Mgr Simon […]

  • Kuva  aho Melchior Ndadaye ,incungu ya Democratie akaba n’umukuru w’igihugu wambere yaratowe n’abarundi agandaguriwe ,abavyeyi biwe ntibigeze bibukwa na gato  n’abari mu mugabwe Melchior Ndadaye yavamwo  ndetse  n’ubuzima bwabo bukaba bwabandanije buba bubi cane naho uyu mugabwe wasinzwe ushinzwe ukanakomezwa na Melchior Ndadaye wagumye mu Butegetsi kuva mu mwaka wa 1993 . Sahwanya FRODEBU yasinzwe […]

  • Murugendo rw’imisi itatu umuhuza mu matati y’aBarundi amaze mu gisagara ca Bujumbura ,Benjamin William Mkapa yahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzania kuva mu mwaka wa 1995 gushika mu mwaka wa 2005,  yakuriye inkoni kugishitsi abasanzwe batavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Pierre Nkurunzuza . Mukiganiro yahaye abanditsi n’abamenyesha makuru kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 09 kigarama 2016, […]

  • Umuririmvyi Yoya Jamal ubu abarizwa kumugabane w’iburayi yasize hanze akaririmbo kiwe gashasha gafise ubutumwa bunyuranye n’ivyo yarasanzwe aririmba. Naho Benshi bari bamenyereye kumva  Yoya Jamal aririmba indirimbo zijanye n’urukundo ,canke ubuzima bw’isi ,Yoya Jamal yasohoye ubwambere indirimbo ivuga kubijanye n’ inzoga hamwe nakaboregwe . Iyi ndirimbo ya Yoya Jamal yasize hanze n’indirimbo yamweho kuva kera ariko akaba […]

  • Inyuma yoho Willy Nyamitwe  umuhanuzi mukuru muvyo gutangaza amakuru mu bureau vy’umukuru ‘igihugu ategewe   umutego n’abitwaje ibigwanisho ariko akarusimba,benshi mu banyepolitike na cane cane abasanzwe bari mu kwaha k’ubutegetsi babandanya bagira ico bashikirije ndetse bamwe bakagenda bagira imigwi bagenda begekako ico gitero. Kubwa Jcques Bigirimana asanzwe arongoye umugabwe FNL ,wemewe imbere y’amategeko yatunze urutoke […]

  • Inyuma y’igitero  cahatswe kuzimanganya ubuzima bwa Willy Nyamitwe asanzwe ,ari umuhanuzi mukuru mubijanye no kumenyesha amakuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,Pierre Nkurikiye ,asanzwe avugira igipolisi c’uBurundi yatanze ikiganiro kubanditsi n’abamenyesha makuru mu ntumbero yo gusigura ibijanye nico gitero hamwe no gushira ahabona aboba  bari inyuma yico gitero . Nkuko umuvugizi w’igipolisi yabishikirije ,bwana Pierre Nkurikiye yamenyesheje […]

  • Indege yaritwaye abakinyi b’umurwi w’umupira w’amaguru  wo mu cicaro cambere wo  mu gihugu ca Bresil ,yagiriye isanganya mu gihugu ca Colombia . Iyi Ndege yariko iraja mu gihugu ca Colombia ,yarimwo abantu bashika kuri 81 hakaba harimwo abakinyi bose bagize umurwi wa Chapecoense wo muri Bresil baherekejwe nabasanzwe babafasha kwimenyereza  hamwe  n’abaganga bakurikirana uwo murwi. Umurwi wa Chapecoense wariko […]

  • Inyuma yo kugarukira  ku munwa  w’urupfu,arashwe n’umurwi witwaje ibigwanisho ,mugihe yaratashe muhira iwiwe mu Quartier ya Kajaga,Willy Nyamitwe yavuye mugacerere  yemeza kwataco yabaye ariko amenyesha ko yababajwe cane n’umu polisi yarasanzwe amucungera ubuzima yasize ubuzima murico Gitero. Mu majambo ya Willy Nyamtwe yashikirije abicishije kurukuta rwiwe rwa Twitter ,yashimiye abo bose bamufashe mu mugongo ariko […]

  • Willy Nyamitwe, asanzwe ari ,Umuhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,yacucagiweko amasasu n’abantu bitwaje ibigwanisho  mugihe yaratahutse muhira iwiwe. Ibi vyabereye mu gisagara ca Bujumbura,aho Willy nyamitwe yaratashe iwiwe mu Kajaga aho asanzwe aba ariko kuca agwa mu mutego wabantu bitwaje ibigwanisho bakamucucagirako amasasu . uyu yariko araronderwa yaratashe iwe aho sanzwe aba ngaho nyene […]

  • Mugihe Reta y’Uburundi  yaheruka gushiraho umurwi wo   kwiga kwitegeko rishiraho umurwi udasanzwe kugira uhindure ibwirizwa shingiro  rya Repuburika y’Uburundi ,abatavuga rumwe na Reta y’uBurundi batanguye kwiyamiriza iyo ngingo ndetse bongera basaba ababishoboye kwamira hakiri kare amazi atararenga inkombe. Uwaje ubwambere ni Muganga Yohani Minani , umukuru wa CNARED Giriteka(Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha […]

  • Francine Niyonsaba ,umunonotsi rurangiranwa w’umurundikazi  mu kwiruka imetero amajana umunani(800m) kugwego rw’isi yose yambitswe umudari w’iteka nk’umunonotsi wakarorero kandi urundi rwaruka rukwiye kurabirako akarorero keza. Umudari witeka yawambwitse n’umukuru w’igihugu ,kuruyu wa kane igenekerezo rya 25 munyonyo kuri stade yitiriwe “Urunani”iri muri komine Buganda mu Ntara ya Cibitoke. Francine Niyonsaba akaba yabwitse uyu mudari n’umukuru w’igihugu c’uBurundi […]

  • Abanyarwa 3 harimwo abagabo babiri (2)hamwe n’umukenyezi umwe afise umwana akiri muto cane w’amezi umunani ,bankiwe guhonyoza ikirenge kubutaka bw’uRwanda ,bazira kuba bari mu mugabwe urwanya ubutegetsi bwa Kagame. Aba bankiwe gushika mu gihugu cabo nabayoboke b’umugabwe ” Ishema” utavuga rumwe na Reta y’uRwanda bari barongowe na  Padiri  Thomas Nahimana Umunyamabanga Mukuru wuwo mumugabwe “Ishema”umwe mu […]

  • Yohani Minani ,Umukuru w’urunani CNARED Giriteka (Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et la Restauration d’un Etat de Droit.)yashikirije amajambo atangaje ku kibazo cerekeye umuhuza  mushasha w’abarundi  aheruka kugenwa. Muganga Yohani Minani ,asanzwe aserukira uruanani CNARED Giriteka  ,yamenyesheje ko adashigikiye na gato igenwa rw’umushingamateka Edouard Nduwimana […]

  • Pacifique Ninanahazwe umwe mubasanzwe badaharanira inyungu za Politike mu Burundi akaba numwe mubarwanije ikiringo ca gagatu c’umukuru w’igihugu kuva mu mwaka wa 2015 ,yagize ico ashikirije inyuma yitorwa ry’umushingamateka Edouard Nduwimana nk’umuhuza wabarundi. Abicishije kurubuga ngurukana bumenyi bwiwe bwa Twitter ,Pacifique Nininahazwe akaba yashikirije amajambo adasanzwe aho yamenyesheje ko gutora Edouard Nduwimana nk’umuhuza wa’abarundi ari […]

  • Kuruyu wagatatu ,igenekerezo rya 23 munyonyo 2016,mu Ntara ya Makamba ibarizwa mu bumanuko bw’igihugu igiposi c’uBurundi cazindutse gifata ibikoresho vya gisirikare . Nkuko vyatangajwe n’inzego z’igipolisi  zo mu Ntara ya Makamba  zemeje ayo makuru ko zazazindutse zisaka ibirwanisho mu bice vya Mabanda hamwe na Kibago bigize iyo ntara . Igipolisi kikaba cahavuye cerekana bimwe mubirwanisho cafatiye murico gikorwa,aho cerekanye […]

  • Mugacamugani kiwe ,Pierre Nkurunziza ,umukuru w’igihugu c’uBurundi yashimikiye kuri Bakame hamwe n’igikoko kinini kiba mumazi ,imvubu. Mugihe yariko araca ako gacamugani ,Pierre Nkurunziza yasanze yihenze ahari kuja ijambo Bakame ahashira ijambo kagame. Umviriza mu majwi umukuru w’igihugu c’uBurundi, Petero Nkurunziza ngaho musi . Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

  • Inyuma yaho igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika kiburije abanyagihugu baco kudasubira kugira ingendo mu Burundi hamwe no kugendera mu duce tumwe tumwe mu gisagara ca Bujummbura,igihugu ca Canada naco cabujije abanyagihugu bacu gusubira guhonyoza ikirenge mu Burundi. Mu Rwandiko basize kurubuga rwabo ,travel.gc.ca  ,rusanzwe rumenyesha aho abanyagihugu bico gihugu bategerezwa kwirinda kubera umutekano […]

  • Kenshi abantu bakunda kwibaza k’urukundo rutakibaho ndetse haba mu bigeme canke abahungu  kwat’urukundo rukibarangwamwo , ahubwo ko ,umwe wese akunda afise ico agimje canke ico ariko ararondera kuri mugenziwe. Ariko naho biruko hari muvyukuri abantu bafise urukundo bakunda batagendeye kuco umuntu ari canke icafise canke ingene afatwa mukibano canke uko afatwa n’abagenzi bawe. Ibi naho […]

  • Umushingamateka ,Edouard NDUWIMANA  yatowe mu Ntara ya kayanza mu mugabwe CNDD FDD ,akongera akaba icegera ca kabiri c’inama shingamateka niwe yagenwe gusubirira  sheikh Mohamed RUKARA mukibanza c’umuhuza w’.abarundi  Edouard NDUWIMANA yemejwe n’abashingamateka ku majwi ashika kuri 91,3%. Abashingamateka b’uBurundi bakaba bemeje izina rya Edouard NDUWIMANA ku majwi 91,3 kw’ijana. Edouard NDUWIMANA akaba yariko arahiganirwa ico […]

Pub

Pub

Pub

Latest Articles

Ibihumbi vyabantu na cane cane ababa mu gisagara ca Bujumbura bazindukiye mw’ibarabara kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 24/09/2026 mu ntumbero yo kwiyamiriza icegeranyo c’abahinga  b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU baheruka gusohora. Aba bantu bakaba bihaye amabarabara inyuma yaho hari umurwi w’abantu biyitwa abava mu bwoko bwabatutsi bari bamaze imisi 2 baja mwibarabara mu kwiyamiriza ico cegeranyo. Aba bagiye mwibarabara rero bose bakaba bari bafise ubutumwa bumwe bose aho biyamiriza ico bita inkono […]

urunani rutavuga rumwe na Reta ya Petero Nkurunziza  CNARED (Conseil National pour le Respect de l’Accord d’Arusha et la Restauration d’un Etat de droit au Burundi) rwasavye inama y’umutekano kw’isi kwihutira gushira mungiro ingongo y’ishirahamwe mpuzamakungu ya 2303 yo kurungika abasirikare mu Burundi vyhuta. Ibi CNARED Giriteka yabisohoye mu rwandiko yasize ahabona inyuma yaho abahinga b’ishirahamwe mpuzamakungu ONU basohoreye urwandiko rwemeza ko mu Burundi hashobora kuba ihonyabwoko umwanya n’umwanya kubera […]

Inyuma yaho ONU imenyeshereje ko hashobora kuba ihonyabwoko ryabatutsi mu Burundi bamwe mubasore n’inkumi bari hagati y’imyaka 17 na 35 bagwiriyemwo abatutsi bazindukiye imbere yinyubako ya ONU iBujumbura kw’ibarabara rija mugatumba kwiyamiriza  ico cegeranyo. Muraba bari bagiye murico kibanza harimwo abasanzwe batowe nkabashingamteka  mu Ntara ya Bujumbura Maire . Tubibutse ko naho iki cegeranyo casohotse catewe ivyatsi na Reta y’uBurundi ndetse banagiriza abahinga ba ONU ko bakoze ico cegeranyo batatohoje neza. […]

Inama ijejwe umutekano kw’isi ,ONU yongeye kwemeza kuyindi ncuro ko mu Burundi hashobora kuba ihonyabwoko umwanya n’umwanya kubera ubwicanyi bufatiye kwihonyagwa ryagateka ka zina muntu buguma bubera mu Burundi. Ibi vyashikirijwe kuruyu wa kabiri mu nama y’umutekano ya ONU yariko irabera i New York ,aho abahinga bishirahamwe rya ONU bashira ahabona icegeranyo cagiriza reta y’uBurundi ko ikora ubwicanyi ndengerabutungane ndetse ko n’umwanya n’umwanya ihonyabwoko rishobora kwaduka mu Burundi. Iki cegeranyo casizwe ahabona n’abahinga […]

Ngo biragoye kwamashetani ashika kukirimba kwa Petero  Nkurunziza umukuru w’igihugu c’uBurundi  kuko ngo hari umuriro udasanzwe ,Grâce Ishimwe yemera  ko yagiye mukuzimu akamara igihe kitari gito akorana n’inguvu za Satani yatanze igishingantahe. Grâce Ishimwe ,umwigeme wo mu ntara ya Ngozi yatanze igishingantahe kidasanzwe aho yemeza ko yagendera mukuzimu ndetse ko yari umukozi wa Satani igihe kitari gito haba kw’isi no mukuzimu. Muvyo yashikirije Grâce Ishimwe yamenyesheje bimwe muvyo yahora harimwo nko […]

Abanwanyi bumugabwe uri kubutegetsi CNDD FDD kuva mu mwaka wa 2005 gushika aya masha bahimbaje bose hamwe intsinzi y’umugabwe wabo yo mumatora ya 2015. Ihimbazwa ry’iyi ntsinzi ya CNDD FDD rikaba ryabaye kumakomine yose agize igihugu c’uBurundi kandi abategetsi bose bo hejuru bakaba bagiye barahimbariza iyo ntsinzi y’umugabwe wabo mu makomine basanzwe bavukamwo. Tubibutse ko naho aba bobo bariko barigina intsinzi abandi basanzwe batavuga rumwe bavuga kwatamatora yabaye mu mwaka wa […]

Abahinde basanzwe bava mu bwoko bwabahindu bijukiye kunwa amaganga (cow Urine)kurusha uko banwa amata mu ntumbero yo kwikingira ingwara hamwe no gushaka umuti murizo nkari z’inka. Ibi vyatanguye kuja mungiro no kwitabwaho cane inyuma yumwaka wa 2014 aho Nerindra Modi yaja kubutegetsi murico gihugu gisanzwe ari kimwe mugifise abantu benshi kw’isi hamwe n’imico myishi itandukanye. Gukoresha amaganga canke inkari zinka vyatumye aya maganga azimba cane kumugwa mukuru w’igihugu c’ubuhinde ,new Delhi […]

Umukuru w’umugabwe MORENA ,umushingantahe  Mè RUFYIKIRI Isidore yashikirije ijambo abarundi ribasaba kwigwanira kugira bikureko burundu  intwaro ya Petero Nkurunziza. Muriri jambo rya  Mè RUFYIKIRI Isidore,uyu asanzwe arongoye umugabwe MORENA  yahamagariye cane cane abarundi kuja hamwe kugira  bakore ibishoboka vyose kugira bakure kubutegetsi Petero Nkurunziza hamwe n’akagwi kiwe. Muriri jambo  rya Mè RUFYIKIRI Isidore yongeye kumenyesha ko ihonyabwoko ry’abatutsi ribandanya mu Burundi ndetse yongera kwemeza irigira kandi  ko mu Burundi habarizwa interahamwe zakoze […]

Mu rukino rwo kuruyu wagatanu rwahuza umurwi wa Chelsea hamwe na Liverpool muri championa ya Premier Legue mu gihugu c’ubwongereza ,umugwi wa Liverpool wongeye gutsindira Chelsea  imbere yabakunzi bayo ,kukibuga cayo ca stamford Bridge. Uru rukino rwari rwitabwe nabantu benshi cane baharurigwa mubihumbi 41514 ,rwataguye ubona neza ko umurwi wa Liverpool kushaka gutahukana amanota 3 naho Chelsea yari imbere yabakunzi bayo. Uru rukino rwaje gukomerera murwi wa Chelsea cane mugice cambere kuko umurwi […]

Mu mpanuro Umukuru w’Igihugu c’uRwanda   Paul Kagame yahaye urwaaruka rushika kuru 2090 rwari rrwahuriye hamwe mu nyubakwa nshasha ya Kigali Convention Center ,umukuru w’igihugu c’uRwanda yongeye kugaruka kuri bimwe bimwe mubikunzwe kuvugwa m’ubinyamakuru aho rumwe murwaruka rw’umgabwe uru kubutegetsi mu Burundi rukunzwe kuvugwa ko rukunda gushira mu ndirimbo zabo umukuru w’igihugu c’uRwanda aho baba bariko baravuga ko bazomumesa. Paul Kagame yagize  ati “Kurwana urugamba ntanumwe vyari  bikwiye gutera ubwoba […]

Mu marushanwa ya Africa Music Awards yo mu mwaka wa 2016,umuririmvyi w’umurundi benshi batazira Sat B yanamenyekanye cane mu Ndirimbo nka Satura ama bafle hamwe n’izindi nyishi zitandukanye yasizwe hamwe n’ibindi bihangange mu muziki wa Africa kugira barwanire agashimwe ka Africa Music Awards ko mu mwaka wa 2016. Abdoul Karum azwi nka Sat B yasizwe hamwe n’ibindi bihangange vyinshi mu muziki wa Afrika bava mu bihugu bitandukanye ariko mu gice barimwo ca […]

Mu gihugu ca Seribia habaye igitangaza canateye ubwoba abantu benshi cane aho uruzi rwari rusanzwe rutemba bisanzwe ndetse runatembana amazi asanzwe rwahinduka ,rugahindura ibara ryagwo ,hagaca hasigara haboneka ibara ry’amaraso. Zimye mw’isanamu zerekanwe inyuma yaho urwo ruzi rutanguye guhindurira ibara arerekana neza ko muvykururi urwo ruzi rwahinduye ibara ndetse namazi yariko aratembamwo akaba yahinduye ibara azana ibara ryamaraso”The river of ‘blood’   Uru ruzi rwahinduye ibara rusanzwe ruzwi nka  Daldykan River rukaba rusanzwe ruherereye mu buraruko bw’igihugu ca Seribia. Gusa inyuma yiri hinduka ry’uruzi uwujejwe gutangaza amakuru murico […]

Mugihe haheze igihe c’amezi abiri umuhisi Niganze Jean Bosco atabarutse ndetse abantu bakemeza ko uwo muririmvyi wo mu murwi wa Peace and Love yitavye Imana azize isanganya ry’imodoka mw’ijoro ryo kuwa  8 ruheshi/2016 ,uwari yaramubereye umuvyeyi akamurera kuva akiri muto wewe asanga ivyabaye kuri  atari isanganya ahubwo Bobo Niganze yaragandaguwe. Mumajambo Maggy barankitse yashikirije yagize ati”“barampekura banyicira bosco nari naramuzanye hama asubira inyuma ngo turi mpumyi ntaco bazotugira burundi” Ibi […]

Inyuma yaho hatangarijwe ko Ali Bongo ariwe yatahukanye amatora y’umukuru w’igihugu ca Gabon kw’igenekerezo rya 27/8/2016 ,abantu bashika mu majana barahagaritse n’inzego z’umutekano kubera hakimara gutangazwa ko Ali Bongo Ondimba ariwe yatsinze abayoboke ba Jean Ping bari basanzwe bahiganwa baciye biha amabarabara baja kwiyamiriza iyo tsinzi Murabo rero babuze binugwanugwa ko hoba harimwo bamwe mubenegihugu ba France baburiye muriyo migumuko ari nako guca hafatwa ingingo yo kurungika abairikare baba faransa […]

“Ntidushaka kwongera kubura uwundi mushingamateka w’ibihugu vya Africa y’ubuseruko  inyuma ya Hafsa Mossi” ,iri niryo jambo ryahurijweko n’abashingamateka hafi ya bose mu bari baje gutora itegeko rihagarika ibikorwa vy’inama nshingamateka y’ibihugu vya Africa y’ubuseruko mu Burundi. Nkuko amakuru ava mu nama nshingamateka y’ubuseruko abimenyesha ,yemeza neza ko iyo nama nshingamateka yamaze gufata ingingo yo kutongera kuza gukorera ibikorwa vyayo mu gihugu c’uBurundi kubera ko atamutekano uharangwa . Iyi rero ikaba ibaye ingingo yambere iremereye […]

Inyuma yo gukora ibiteramo   bitandukanye mu Burundi atumiwe n’ubuserukizi bw’igihugu ca Kenya mu Burundi,Nimbona Jean Pierre benshi batazira Kidum yatanguye kurabana ayingwe nabamwe mubasanzwe batavuga rumwe na reta bamwagiriza gufasha reta . Mubutumwa Nimbona Jean Pierre yashikirije abicishije kurukuta rwiwe rwa Facebook yatunze urutoke ahanini ,Bob Rgurika bivanye namwe mu majambo uyu yahoze atwara RPA yashikirije kubera Kidum yari yakoreye igiteramo mu Burundi. Amajambo Nimbona Jean Pierre Kidum yashikirije […]

Mwihangiro igisata kijejwe gutoza amakori ya reta OBR(Office Burundais des Recettes )yari yihaye muruku kwezi kw’umunani mu mwaka wa 2016 ,harenzeko amahera yamarundi agera kuri 9.8 milliard. Mwihangiro ryamahera y’amarundi anagana na 46 milliard(46.000.000.000fbu) ishirahamwe OBR(Office Burundais des Recettes )ryari ryihaye gutoza muruku kwezi k’umunani mu mwaka wa 2016,harenzeko amahera yamarundi angana na 9.8Milliard y’amarundi(9.800.000.000fbu). Ibi vyatangajwe na OBR(Office Burundais des Recettes )inyuma yo kurabira hamwe amahera iryo shirahamwe ryashoboye gutoza muruku kwezi […]

Inyuma yaho habandanijwe havugwa yuko ,umuhuza mukibazo c’uburundi yoba ashaka gushikiriza abakuru b’ibihugu vy’ubumwe bwa Africa y’ubuseruko icegeranyo cozana reta irimwo bose mu Burundi kugira barabe ko iryane zimaze igihe mu Burundi zohera ,bwana Hussein Radjabu wewe yatanguye gushira ahabona bimwe mubizo biri muriyo reta. Nkuko amakuru ava kwa Hussein Radjabu avyemeza ,Hussein Radjabu yamenyesheje ko muriyi reta ya bose bashaka gushinga ,reta ya Petero Nkurunziza kwishaka guha ubushikiranganji bune(4)abasanzwe […]

Amasanamu y’indirimbo “Vimba Vimba” y’umurwi  3 hills ugizwe n’abasore 2 babanyarwanda hamwe n’umwe w’umurundi (HOPE IRAKOZE)bafadikanije na Nimbona Jean Pierre Kidum basize hanze amasanamu y’indirimbo yabo “Vimba Vimba” Raba amasanamu yiyo ndirimbo ngaho hasi ……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………. Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

Umukuru w’igihugu ca Philippine bwana Rodrigo Duterte yifatiye mugahanga mugenziwe w’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika mukumutuka kwarumwana y’indaya(“fils de pute”) Rodrigo Duterteyavuze aya majambo kuruyu wambere mugihe bwana Balack Obama yategura kugiriranira umubonano nawe kuru ya kabiri igenekerezo rya 6/9/2016 ,ibi rero bikaba vyaciye bituma bwana Balack Obama aca asivye umubonano yarasanzwe afitanye na Rodrigo Duterte kubera agasuzuguro bivugwa ko yoba yagiriwe. Rodrigo Duterte yatutse ik gitutsi bwana Obama […]