Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

  • Ihinguriro ry’ibinyobwa mu Burundi  BRARUDI (Brasseries et Limonaderies du Burundi) ryasohoye ikinyobwa gishasha kizoba gihinguwe mu Bitoke . “Nyongera Akiwacu” nico kinyobwa gishasha  casohowe kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 10 kigarama 2016 mu Ntara ya gitega n’ishirahamwe rihinguriro ibinyobwa mu Burundi ariryo BRARUDI (Brasseries et Limonaderies du Burundi) . Nkuko vyatangajwe n’umukuru wa BRARUDI bwana […]

  • Inyuma  yaho Benjamin William Mkapa ,umuhuza mu matati y’uBurundi ,amenyeshereje ko abasanzwe bagirizwa ubwicanyi badakwiye kuja mu biganiro bihuza abarundi,bamwe mubanyepolitke harimwo n’abakozi b’Imana baserukira amashengero babandanya kwiyamiriza ico ciyumviro ca William Mkapa. Kuruhande rwabaramutswa amashengero ,uwatanguye kwiyamiriza kumugaragaro iciyumviro ca Benjamin Mkapa ni Mgr Simon NTAMWANA,asanzwe asanzwe arongoye intara ya Gitega mw’shengero Katorika. Kubwa Mgr Simon […]

  • Kuva  aho Melchior Ndadaye ,incungu ya Democratie akaba n’umukuru w’igihugu wambere yaratowe n’abarundi agandaguriwe ,abavyeyi biwe ntibigeze bibukwa na gato  n’abari mu mugabwe Melchior Ndadaye yavamwo  ndetse  n’ubuzima bwabo bukaba bwabandanije buba bubi cane naho uyu mugabwe wasinzwe ushinzwe ukanakomezwa na Melchior Ndadaye wagumye mu Butegetsi kuva mu mwaka wa 1993 . Sahwanya FRODEBU yasinzwe […]

  • Murugendo rw’imisi itatu umuhuza mu matati y’aBarundi amaze mu gisagara ca Bujumbura ,Benjamin William Mkapa yahoze ari umukuru w’igihugu ca Tanzania kuva mu mwaka wa 1995 gushika mu mwaka wa 2005,  yakuriye inkoni kugishitsi abasanzwe batavuga rumwe n’ubutegetsi bwa Pierre Nkurunzuza . Mukiganiro yahaye abanditsi n’abamenyesha makuru kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 09 kigarama 2016, […]

  • Umuririmvyi Yoya Jamal ubu abarizwa kumugabane w’iburayi yasize hanze akaririmbo kiwe gashasha gafise ubutumwa bunyuranye n’ivyo yarasanzwe aririmba. Naho Benshi bari bamenyereye kumva  Yoya Jamal aririmba indirimbo zijanye n’urukundo ,canke ubuzima bw’isi ,Yoya Jamal yasohoye ubwambere indirimbo ivuga kubijanye n’ inzoga hamwe nakaboregwe . Iyi ndirimbo ya Yoya Jamal yasize hanze n’indirimbo yamweho kuva kera ariko akaba […]

  • Inyuma yoho Willy Nyamitwe  umuhanuzi mukuru muvyo gutangaza amakuru mu bureau vy’umukuru ‘igihugu ategewe   umutego n’abitwaje ibigwanisho ariko akarusimba,benshi mu banyepolitike na cane cane abasanzwe bari mu kwaha k’ubutegetsi babandanya bagira ico bashikirije ndetse bamwe bakagenda bagira imigwi bagenda begekako ico gitero. Kubwa Jcques Bigirimana asanzwe arongoye umugabwe FNL ,wemewe imbere y’amategeko yatunze urutoke […]

  • Inyuma y’igitero  cahatswe kuzimanganya ubuzima bwa Willy Nyamitwe asanzwe ,ari umuhanuzi mukuru mubijanye no kumenyesha amakuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,Pierre Nkurikiye ,asanzwe avugira igipolisi c’uBurundi yatanze ikiganiro kubanditsi n’abamenyesha makuru mu ntumbero yo gusigura ibijanye nico gitero hamwe no gushira ahabona aboba  bari inyuma yico gitero . Nkuko umuvugizi w’igipolisi yabishikirije ,bwana Pierre Nkurikiye yamenyesheje […]

  • Indege yaritwaye abakinyi b’umurwi w’umupira w’amaguru  wo mu cicaro cambere wo  mu gihugu ca Bresil ,yagiriye isanganya mu gihugu ca Colombia . Iyi Ndege yariko iraja mu gihugu ca Colombia ,yarimwo abantu bashika kuri 81 hakaba harimwo abakinyi bose bagize umurwi wa Chapecoense wo muri Bresil baherekejwe nabasanzwe babafasha kwimenyereza  hamwe  n’abaganga bakurikirana uwo murwi. Umurwi wa Chapecoense wariko […]

  • Inyuma yo kugarukira  ku munwa  w’urupfu,arashwe n’umurwi witwaje ibigwanisho ,mugihe yaratashe muhira iwiwe mu Quartier ya Kajaga,Willy Nyamitwe yavuye mugacerere  yemeza kwataco yabaye ariko amenyesha ko yababajwe cane n’umu polisi yarasanzwe amucungera ubuzima yasize ubuzima murico Gitero. Mu majambo ya Willy Nyamtwe yashikirije abicishije kurukuta rwiwe rwa Twitter ,yashimiye abo bose bamufashe mu mugongo ariko […]

  • Willy Nyamitwe, asanzwe ari ,Umuhanuzi mukuru mu Bureau vy’umukuru w’igihugu ,yacucagiweko amasasu n’abantu bitwaje ibigwanisho  mugihe yaratahutse muhira iwiwe. Ibi vyabereye mu gisagara ca Bujumbura,aho Willy nyamitwe yaratashe iwiwe mu Kajaga aho asanzwe aba ariko kuca agwa mu mutego wabantu bitwaje ibigwanisho bakamucucagirako amasasu . uyu yariko araronderwa yaratashe iwe aho sanzwe aba ngaho nyene […]

  • Mugihe Reta y’Uburundi  yaheruka gushiraho umurwi wo   kwiga kwitegeko rishiraho umurwi udasanzwe kugira uhindure ibwirizwa shingiro  rya Repuburika y’Uburundi ,abatavuga rumwe na Reta y’uBurundi batanguye kwiyamiriza iyo ngingo ndetse bongera basaba ababishoboye kwamira hakiri kare amazi atararenga inkombe. Uwaje ubwambere ni Muganga Yohani Minani , umukuru wa CNARED Giriteka(Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha […]

  • Francine Niyonsaba ,umunonotsi rurangiranwa w’umurundikazi  mu kwiruka imetero amajana umunani(800m) kugwego rw’isi yose yambitswe umudari w’iteka nk’umunonotsi wakarorero kandi urundi rwaruka rukwiye kurabirako akarorero keza. Umudari witeka yawambwitse n’umukuru w’igihugu ,kuruyu wa kane igenekerezo rya 25 munyonyo kuri stade yitiriwe “Urunani”iri muri komine Buganda mu Ntara ya Cibitoke. Francine Niyonsaba akaba yabwitse uyu mudari n’umukuru w’igihugu c’uBurundi […]

  • Abanyarwa 3 harimwo abagabo babiri (2)hamwe n’umukenyezi umwe afise umwana akiri muto cane w’amezi umunani ,bankiwe guhonyoza ikirenge kubutaka bw’uRwanda ,bazira kuba bari mu mugabwe urwanya ubutegetsi bwa Kagame. Aba bankiwe gushika mu gihugu cabo nabayoboke b’umugabwe ” Ishema” utavuga rumwe na Reta y’uRwanda bari barongowe na  Padiri  Thomas Nahimana Umunyamabanga Mukuru wuwo mumugabwe “Ishema”umwe mu […]

  • Yohani Minani ,Umukuru w’urunani CNARED Giriteka (Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et la Restauration d’un Etat de Droit.)yashikirije amajambo atangaje ku kibazo cerekeye umuhuza  mushasha w’abarundi  aheruka kugenwa. Muganga Yohani Minani ,asanzwe aserukira uruanani CNARED Giriteka  ,yamenyesheje ko adashigikiye na gato igenwa rw’umushingamateka Edouard Nduwimana […]

  • Pacifique Ninanahazwe umwe mubasanzwe badaharanira inyungu za Politike mu Burundi akaba numwe mubarwanije ikiringo ca gagatu c’umukuru w’igihugu kuva mu mwaka wa 2015 ,yagize ico ashikirije inyuma yitorwa ry’umushingamateka Edouard Nduwimana nk’umuhuza wabarundi. Abicishije kurubuga ngurukana bumenyi bwiwe bwa Twitter ,Pacifique Nininahazwe akaba yashikirije amajambo adasanzwe aho yamenyesheje ko gutora Edouard Nduwimana nk’umuhuza wa’abarundi ari […]

  • Kuruyu wagatatu ,igenekerezo rya 23 munyonyo 2016,mu Ntara ya Makamba ibarizwa mu bumanuko bw’igihugu igiposi c’uBurundi cazindutse gifata ibikoresho vya gisirikare . Nkuko vyatangajwe n’inzego z’igipolisi  zo mu Ntara ya Makamba  zemeje ayo makuru ko zazazindutse zisaka ibirwanisho mu bice vya Mabanda hamwe na Kibago bigize iyo ntara . Igipolisi kikaba cahavuye cerekana bimwe mubirwanisho cafatiye murico gikorwa,aho cerekanye […]

  • Mugacamugani kiwe ,Pierre Nkurunziza ,umukuru w’igihugu c’uBurundi yashimikiye kuri Bakame hamwe n’igikoko kinini kiba mumazi ,imvubu. Mugihe yariko araca ako gacamugani ,Pierre Nkurunziza yasanze yihenze ahari kuja ijambo Bakame ahashira ijambo kagame. Umviriza mu majwi umukuru w’igihugu c’uBurundi, Petero Nkurunziza ngaho musi . Share PostTwitterFacebookGoogle +1Email

  • Inyuma yaho igihugu ca Reta zunze ubumwe za Amerika kiburije abanyagihugu baco kudasubira kugira ingendo mu Burundi hamwe no kugendera mu duce tumwe tumwe mu gisagara ca Bujummbura,igihugu ca Canada naco cabujije abanyagihugu bacu gusubira guhonyoza ikirenge mu Burundi. Mu Rwandiko basize kurubuga rwabo ,travel.gc.ca  ,rusanzwe rumenyesha aho abanyagihugu bico gihugu bategerezwa kwirinda kubera umutekano […]

  • Kenshi abantu bakunda kwibaza k’urukundo rutakibaho ndetse haba mu bigeme canke abahungu  kwat’urukundo rukibarangwamwo , ahubwo ko ,umwe wese akunda afise ico agimje canke ico ariko ararondera kuri mugenziwe. Ariko naho biruko hari muvyukuri abantu bafise urukundo bakunda batagendeye kuco umuntu ari canke icafise canke ingene afatwa mukibano canke uko afatwa n’abagenzi bawe. Ibi naho […]

  • Umushingamateka ,Edouard NDUWIMANA  yatowe mu Ntara ya kayanza mu mugabwe CNDD FDD ,akongera akaba icegera ca kabiri c’inama shingamateka niwe yagenwe gusubirira  sheikh Mohamed RUKARA mukibanza c’umuhuza w’.abarundi  Edouard NDUWIMANA yemejwe n’abashingamateka ku majwi ashika kuri 91,3%. Abashingamateka b’uBurundi bakaba bemeje izina rya Edouard NDUWIMANA ku majwi 91,3 kw’ijana. Edouard NDUWIMANA akaba yariko arahiganirwa ico […]

Pub

Pub

Pub

Latest Articles

Inzu y’ihotere isanzwe iri  mugisagara ca DUBAI yaraye ifashwe n’umuriro nubu bitaramenyekana ico waturutseko ,ndetse  zimwe munyubako zayo zikaba zononekaye cane,Umuriro waturiye iyi nzu izwi nka Adress Downtown hotel watanguye mugihe hariko haraturitswa  ibintu vyo kwigina umwaka mushasha wa 2016 mugisagara ca Dubai. Iyi nyubakwa igifatwa n’uyu muriro ,abajejwe ukuzimya umuriro hamwe n’abajejwe gukinga benizo sanganya banyarutse kugira babashe kurokora ubuzima bwabari muriyo nyubako ndetse kugeza ubu akaba atamuntu biravugwa […]

Naho vyari bimenyerewe ko kumusi mukuru wo kwigina umwaka mushasha ,abarundi isinzi na cane cane abasanzwe baba mugisagara ca Bujumbura baba bari mumunezero udasanzwe hamwe n’imiryango yabo ,kuruyu musi wowo wa gatanu utangura umwaka wa 2016 siko vyagenze kuko bamwe mubanyagihugu baraye imitima itari munda kubera amasasu nama Obus yavugiye mugisagara ca Bujumbura. Muriri joro ryo kuwagatanu itariki 1nzero 2016 ,humvikanye amasasu  hamwe nama grenades  ahatari hake, mubice bimwe bimwe […]

Umunyamabanga mukuru w’inama ijejwe umutekano kw’isi (ONU) bwana Ban ki moon ahejeje gushira itangazo kumugaragaro aho yashigikiye ingingo yafashwe  n’ububwe bwa Africa  yo kurungika abasirikare mvamakungu kugira baze  gucunga umutekano, hamwe nogukingira abanyagihugu  mu Burundi. Muriryo tangazo ryasizwe ahabona kuruyu wa gatanu itariki imwe nzero 2016 ,umunyamabanga mukuru w’inama ijejwe umutekano kw’isi bwana Ban ki Moon yamenyesheje kwashigikiye ibiganiro biheruka gutangura kumpande zose kuwa 28 kigarama 2015 mugihugu ca Uganda […]

Intara ya Muyinga isanzwe iri muri zimwe ziherereye muburaruko bw’igihugu c’uBurundi yarose kuncuro yambere ishure ry’isumbuye rya Kaminuza,Inyuma y’intara nyishi nka Ngozi ,Gitega ,Bujumbura n’izindi . EAST AFRICAN LEADERSHIP UNIVERSITY, niryo shure ry’isumbuye rya Kaminuza intara ya Muyiga igiye gutangurana naryo muruyu mwaka tugiye gutangura wa 2016 ndetse abanyeshure bambere bakaba batanguye n’ukwiyandikisha kugira baze batangurane niri shure rishasha riherereye muburaruko bw’igihugu c’uBurundi. Ngo nkuko izina ribivuga EAST AFRICAN LEADERSHIP UNIVERSITY, […]

Alex Sinduhije asanzwe ari umukuru w’umugabwe ukuru n’ubuntu na Demokarasi mu Burundi ariwo (MSD) yavuye mugacerere agira ico ashikirije inyuma yo gufatirwa ibihano n’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika. Bwana Alex Sinduhije yamenyeshe kw’ibihano yafatiwe n’igihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika atabwoba nagato bimuteye kuko azi neza ko yarenganijwe ,ahubwo kuruhande rwiwe akaba abona kw’ ivyo bihano vyari bikwiye gufatigwa umukuru w’igihugu Petero Nkurunziza kubera amabi amaze imisi akorera […]

Mugihe ibiganiro bihuza abaserukira ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza hamwe n’umugabwe wiwe CNDD FDD vyatanguye kw’igenekerezo rya 28 kigarama bitangujwe n’umukuru w’igihugu ca Uganda bwana Yoweli Kaguta Museveni ,amajambo yabategetsi bamwe bamwe bari murivyo biganiro yamaze kuja ahabona. Kuruhande ry’abasanzwe bari murunani CNARED GIRITEKA ,uwusanzwe abaserukira akongera akaba n’umwe mubahoze ari umushingamateka mu Burundi bwana Leonard Nyangoma niwe yabaserukiye ndetse n’inawe yashikirije iciyumviro cabasanzwe bari murunani CNARED GIRITEKA. Raba ngaha musi […]

Amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya Politike yavuye murunani rwa CNARED hasigaye umusi umwe gusa ngwibiganiro bitangure Inyuma yaho amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya Politike agiriye hamwe n’urunani CNARED kugira bakure kubutegetsi Petero Nkurunziza ndetse bakaza kugira na Reta y’iwabo aho mbere bamwe mubarongoye ayo mashirahamwe bari bahamwe ibibanza munzego za CNARED ,ubu ibintu bisa naho vyahindutse kuko abasanzwe barongoye ayo mashirahamwe adaharanira ivyicaro vya Politike yamaze gusohora urwandiko amenyesha ko yakinjuye murunani […]

Amajambo icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu bwana Gaston Sindimwo yashirije yatanguye kuvugwako vyinshi ndetse beshi batangura kuvuga kwari amajambo yiterabwoba . Mugihe bamwe mubanyagihugu bari mugisagara ca Bujumbura bariko barikora imyiyerekano yo kwiyamiriza umuzo w’abasirikare b’ubumwe bwa Africa ,icegera c’ambere c’umukuru w’igihugu ari muri bamwe mubafashe ijambo ,ariko mw’ijambo yashikirije hakaba harimwo amajambo abatavuga rumwe n’ubutegetsi batanguye kuvuga kwari amajambo yiterabwoba ryabasanzwe barongoye uBurundi. Amajambo yashikirijwe n’icegera c’umukuru w’igihugu akaba yagira […]

Umugwi wa Arsenal uri mumirwi ifise abakunzi benshi kw’isi waraya unyagiwe ibitsindo bine (4) vyose kubusa ,aho wasindwa na mukeba wayo Southampton . Uru rukino rwa Arsenal rwayihuje na Southampton rwari rwitezwe n’abantu benshi ndetse n’abakinyi ba Arsenal bari biteguriye urwo rukino cane kuko basabwa n’umumenyereza wabo gutsinda urwo rukino kugira umwaka uhere bari kukibanza ca mbere kuko Leicester yarirongoye urutonde rwa Premier league kuma nota 38  yari bahejeje gutsindwa numurwi […]

Mugihe amasaha y’ibiganiro ariko arasa naho aguma yicuma ,abazogenda bagiye guserukira imigabwe yabo babandanya baja ahabona. Inyuma yaho urunani CNARED rushiriye kumugaragaro abantu bashika 14 bazoruserukira mubiganiro bigiye gutangura kuruyu wa mbere iKampala ,kurundi ruhande umugabwe CNDD FDD usanzwe uramutswa ubutegetsi nawo wamaze gushira hanze abagiye kuwuserukira murivyo biganiro ndetse bikaba binavugwa ko bamaze gufata indege berekeza mugihugu ca Uganda. >>Kuruhande rw’umugabwe uri kubutegetsi CNDD FDD  harungitse aba bakurikira: 1:Ntakarutimana […]

Inyuma y’ingingo  y’ubumwe bw’ibihugu bwa Africa (AU) yo gushaka kurungika abasirikare bangana  n’ibihumbi 5000 mu Burundi ,muntumbero yo kuza gucungera umutekano wabanyagihugu ,bamwe mu banyagihugu basanzwe bashigikiye uButegetsi bavuga ko bitoreye  bavuye hasi kugira biyamirize umuzo w’izo ngabo mva makungu ku butaka bw’uBurundi. Abanyagihugu bo mumihingo yose y’igihugu ,mu ntara zose z’uBurundi basa naho biyamirije umuzo wizo ngabo mvamakungu ,ndetse bakaba bakoze ico gikorwa barongowe na zimwe mundongozi nkuru z’igihugu. […]

Domitira Kiramvu yatanze ingingo 3 zo guhasha Nkurunziza harimwo no Kumwica akazimanganga:umviriza amajwi Domitira Kiramvu ,Umwe mubamenyesha makuru bakundwa cane bo kw’iradiyo ijwi ry’abanyagihugu kubera ijwi ryiwe hamwe n’ubuhinga yakoresha mukuvuga amakuru kuriyo Radiyo ,yasize ahabona ibintu 3 vyotuma ubutegetsi bwa Nkurunziza buzimangana ,aho murivyo akaba yanasizemwo kuzimanganganya ubuzima bwiwe kugira azoce yibagiranwa burundu. Domitira Kiramvu mumajwi yasize ahabona kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 25 kigarama ,uyu mumenyesha makuru yibanze […]

Umurwi wabasirikare  FOREBU ubicishije kuri Lt Col Nshimirimana Edouard washikirije itanganzo:amajwi Umurwi FOREBU (FORCES RÉPUBLICAINES DU BURUNDI) ubicishije kumusirikare wo kugwego gwo hejuru ,akongera akaba n’umugaba w’ingabo wuwo murwi bwana  Lt Col Nshimirimana Edouard  basohoye itangazo ,aho biyamiriza cane ibiriko birabera mu Burundi. Tubibutse ko uyu sayomye iri tangazo yahora ari mu nzego nkuru z’igisirikare c’uBurundi ,ndetse bikaba vyaravuzwe ko yatorotse igisirikare mukwezi kw’icenda ,uyu musoda kandi akaba ari kurutonde rwabasirikare […]

Ubicishije kumunyamabanga mukuru wayo bwana Francois Nyamoya ,umugabwe MSD wasohoye urwandiko rugizwe ahanini n’ingingo zitatu zotuma igihugu gisubira kuba mumahoro n’umutekano kuri bose. Umugabwe MSD watangaje ko urajwe ishinga n’ingorane igihugu kirimwo na cane cane abanwanyi buwo mugabwe nyene babandanya kwicwa izuba riva abandi bakangazwa mugihe abandi bakubagugwa,arimuriyo ntumbero uwo mugabwe MSD wanyarutse kugira uvuge aho uhagaze. Mugwandiko rwasizwe ahabona  kuruyu wa 22 kigarama 2015 n’uyu mugabwe wa MDS ,ibintu […]

CNARED (Le Conseil National pour le respect de l’Accord d’Arusha pour la Paix et la Réconciliation au Burundi et la Restauration d’un Etat de Droit)canke Inama nkuru y’igihugu yihaye intumbero yo kurwanira amasezerano ya Arusha hamwe n’ibwirizwa nshingiro ry’igihugu c’uBurundi  yandikiye umuhuza m’ukibazo c’uBurundi ndetse yandikira n’abakuru bibihugu vyo mukarere ka East Africa bose abamenyesha kw’ibiganiro bigiye kuba ari nk’inkinamico yateguwe n’uButegetsi bwa Petero Nkurunziza. Mw’ibaruwa urwo runani CNARED rwasize […]

Kuwa 21 kigarama 2015 niho Umukuru w’igihugu c’uBurundi bwana Pierre Nkurunziza  yatanguza ibikorwa vyo kubaka ikirimba c’umukuru w’igihugu mu Gasenyi imwe mu makomine asanzwe abarizwa muri Mutimbuzi , isanzwe ikukira intara ya Bujumbura. 1:Iyi nyubakwa y’ikirimba c’umukuru w’igihugu izoba ari ingabire itanzwe  n’igihugu c’uBushinwa(la République Fédérale de Chine) kandi izokongera yubakwe n’ico gihugu nyene gushika iheze. 2:Iyi nyubako idasanzwe igiye kwubakwa vyategekanijwe ko izotwara amafaranga yabashinwa angana na 150 millions(150 […]

Blatter na Platini bahoze  ari ibihangange mu mupira w’amaguru kw’isi bahawe igihano c’imyaka 9 Inyuma yo kwagirizwa ibiturire mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi hamwe n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru iburayi bwana BLATTER yahora arongora ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi hamwe na PLATINI yahora atwara iri shirahamwe kumugabane w’iburayi bamaze guhanwa n’amategeko. Nkuko vyatangajwe n’ishirahamwe ry’umupira wamaguru kw’isi uyumusi kuwa 21 kigarama 2015,abayobozi biryo shirahamwe bamenyesheje ko aba bagabo babiri bahoze ari ibihangange mw’ishirahamwe ry’umupira […]

Umushingamateka Persille Mwidogo wewe asanga Pierre Nkurunziza yatoranijwe n’Imana:umviriza amajwi Abashingamateka bose  barikumwe n’abakenguza mateka bose batowe mubice bitandukanye vy’uBurundi bazindukiye mungoro yamakoraniro mu Kigobe kugira bige kukibazo c’irungikwa ry’abasirikare mpuza makungu ubumwe bwa Africa buheruka kuvuga ko bugiye kurungika mu Burundi, muruko kuja hamwe kugira barabe icokorwa kunyungu z’abarundi bise,abashingamateka bose hamwe n’abakenguza mateka bagiye  bagiye barahabwa ijambo umwe wese akagenda avuga uko abona ibintu n’icokorwa kugira uBurundi ntibusubire […]

FC BARCELONA,Umurwi w’umupira wamaguru wo mugihugu ca Espagne usanzwe ukundwa cane kw’isi ndetse usanzwe unafise n’abakinyi bakundwa cane kw’isi yatahukanye igikombe c’isi c’imirwi yabaye iyambere kumugabane iwayo. Uyu murwi wa FC Barcelona watahukanye iki gikombe bitabagoye nagato kuko abakinyi babo babasatirizi bari bifatiye urukino muntoke ndetse banereka ikipe bariko barakina kwari ibihangange,ataho bahuriye. Iki gikombe uyu murwi watahukanye ,FC Barcelona yagitahukanye mugihe yarihejeje gutsinda ibitsindo bitatu (3) umurwi wa River […]

Abarundi basanzwe baba mubihugu vyo kumugabane wa Amerika hamwe n’umugabane wa Buraya ndetse na Africa babandanya berekana ugufatana munda aho baguma bunamira abarundi isinzi baguye mubwicanyi bumaze igihe mu Burundi. Kuruyu wagatandatu ,itariki 19 kigarama kakaba kabaye akanya keza ku barundi basanzwe baba mugisagara ca BOSTON ,ko kwifatanya n’abagenzi babo mugikorwa co kwibuka abarundi bose baguye mubwicanyi bwari bumaze igihe mu Burundi. Nkuko tubikesha abari murico gikorwa ,batumenyesheje ko ico […]