Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Pacifique Ninanahazwe umwe mubasanzwe badaharanira inyungu za Politike mu Burundi akaba numwe mubarwanije ikiringo ca gagatu c’umukuru w’igihugu kuva mu mwaka wa 2015 ,yagize ico ashikirije inyuma yitorwa ry’umushingamateka Edouard Nduwimana nk’umuhuza wabarundi.

Abicishije kurubuga ngurukana bumenyi bwiwe bwa Twitter ,Pacifique Nininahazwe akaba yashikirije amajambo adasanzwe aho yamenyesheje ko gutora Edouard Nduwimana nk’umuhuza wa’abarundi ari igitutsi kidasanzwe k’uBurundi n’abarundi.

Mu majambo ya Pacifique Nininahazwe ,yasize  kurubuga ngurukana bumenyi rwiwe rwa Twitter  yagize ati:”La désignation de comme Ombudsman du est une insulte à tout le peuple burundais.”

Aya akaba ariyo majambo Pacifique Nininahazwe yasize kurubuga rwiwe rwa Twitter

Aya akaba ariyo majambo Pacifique Nininahazwe yasize kurubuga rwiwe rwa Twitter

Tubibutse ko Edouard Nduwimana ariwe aheruka kugenwa n’inama nshingamateka kugira asubirire umushingantahe sheikh Mohamed RUKARA mukibanza c’umuhuza w’abarundi.

Fyonda ngaha ubandanye uronka amakuru yacu bitakugoye kuri facebook


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply