Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Pacifique Ninahazwe , umukuru w’ishirahamwe  FOCODE riheruka gufutwa kubutaka bw’uBurundi akaba n’umwe mu bantu badasanzwe biyamirije ikiringo ca gatatu ca Petero Nkurunziza ,yongeye kwemeza ko ihonyabwoko atari agaseseswa rumuri mu Burundi ndetse agirako asaba amahanga kuhagabira.

Mukiganiro yagiranye n’umumenyesha makuru w’insamirizi yo mubudagi yitwa Deutsche Welle,Pacifique ninanahazwe yongeye kwemeza ko ihonyabwoko mu Burundi rishobora kuba umwanya numwanya mugihe amahanga atozitira hakiri kare.

Pacifique Ninahazwe yongeye kumenyesha kandi ko naho uBurundi bwatanza urwandiko rubukura muri Sentare mpuzamakungu mpanavyaha CPI ko ataco bimaze kuko naho abakoze ivyaha batohanwa niyo sentare bashobora guhanwa n’ubucamanza bw’uBurundi.

Umviriza ngaha musi ikiganiro Pacifique Ninahazwe yagiranye n’umumenyesha makuru w’insamirizi  Deutsche Welle

Fyonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kumwanya kuri Facebook


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply