Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Urunani rutavuga rumwe na Reta ya Petero Nkurunziza  CNARED (Conseil National pour le Respect de l’Accord d’Arusha et la Restauration d’un Etat de droit au Burundi) rwasize hanze amazina yabashingantahe hamwe n’abapfasoni bashika kuri 15 bemeza ko boja muri reta mugihe hoshingwa reta irongowe na CNARED Giriteka.

Nkuko biboneka kuruburwa rwa CNARED giriteka ,uyu murwi wisize hamwe ngo uharanire ukwubahiriza amasezerano ya Arusha hamwe n’ibwirizwa nshingiro wamaze gushira hanze abantu 15 boba bari muri reta yurwo runani mugihe rwoba ruramutswa igihugu.

Raba urutonde rwaba bashingantahe hamwe n’abapfasoni rwasohowe na CNARED giriteka

**Mugisata c’uburongozi bwo kugwego rwo hejuru:

1:Président : Hon. Lónard Nyangoma ;
2:Premier Vice-Président : Maître François Nyamoya ;
3:Deuxième Vice-Président : Hon. Onésime Nduwimana ;
4:Secrétaire Exécutif : Hon. Frédéric Bamvuginyumvira ;

**Mugisata caba Commissaire boba bajejwe ibibazo vy’uBurundi muri rusangi
1. Commissaire Chargé des Questions Diplomatiques : Hon. Gervais Rufyikiri
– Commissaire Adjoint Chargé des Questions Diplomatiques : Amb. Julien Nahayo

2. Commissaire Chargé du Processus de Paix et de Négociations : Hon. Jean Minani

3. Commissaire Chargé des Questions de Défense et de Sécurité : M. Alesxis Sinduhije

4. Commissaire Chargé des Questions Politiques : Hon. Bernard Busokoza

5. Commissaire Chargé des Questions de Finances et de la Logistique : M. Emmanuel Kaburanirwa
– Commissaire Adjoint Chargé des Questions de Finances et de la Logistique : M. Anicet Niyonkuru

6. Commissaire Chargé de la Communication et des Relations Publiques : M. Jérémie Minani

7. Commissaire Chargé des Droits de l’Homme : Mme Aline Ndenzako.

8. Porte-parole : Chauvineau Mungwengezo
9. Porte-parole Adjoint : Pancrace Cimpaye

 


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply