Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mu gihe Ibiganiro biriko birahuza abarundi mu gisagara ca  Arusha mu gihugu ca Tanzania bibandanya ndetse bikaba bigeze kumusi wavyo ugira gatandatu ,abitavye ivyo biganiro bigabuyemwo imirwi ibiri aho bamwe bemeye gushigikira Petero Nkurunziza mu gihe abandi bahisemwo kugira urunani rwabarwanya ubutugesti bwa Petero Nkurunziza.

Ngurdoro Mountain Lodge inzu irimwo abariko baraganira  kukibazo c’uBurundi

Nkuko amakuru ava mugisagara ca Arusha abimenyesha ,abasanzwe bari murivyo biganiro bagizwe bose hamwe n’imigabwe 33 hamwe n’amashirahamwe adaharanira ivyicaro vya Politike.Muriyo migabwe rero 33 iri murivyo biganiro ,imigabwe ishika kuri 18 yahisemwo gukurikira uButegetsi bw’iBujumbura mugihe iyishika kuri 15 nayo yahisemwo kuhangana n’ubutegetsi bw’iBujumbura.

Imigabwe rero 18  yashigikiye ubutegetsi bw’iBujumbura akaba ariyo yiyi :

1:Cndd-Fdd

2:ADR

3:UPRONA ya  Concilia Nibigira

4:Frodebu-Nyakuri

5:RPB

6: PL

7:Kaze FDD

8:Frolina

9: APDR

10:FNL Icanzo

11:MSP Inkinzo

12:PRP

13:FNL

14:PMP

15:Sangwe PADER

16:PALIPE Agakiza

17:PIEBU

18:UPD Zigamibanga

Naho kuruhande rwabahanganye na Reta y’iBujumbura nimigabwe 15 ariyo:

1 FNL Amizero y’Abarundi

2:,Sahwanya Frodebu

3: Uprona ya Karori

4:CNDD

5:PSD Dusabikanye

6:MRC

7:UPD

8:RADDES

9:PARIBU

10RANAC

11:FEDES

12:PAJUDE

13:Abanyamwete

14:Parena

15:ALIDE

yonda ngaha ubandanye ukurikirana amakuru yacu kuri Facebook bitakugoye


Categories: Amakuru, Muhira, Politic

Leave a Reply