Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Babbi mziki umwe mubaririmvyi babarundi basanzwe bakorera ibikorwa vyabo vy’umwuga wo kuririmba mugihugu ca Reta zunze ubumwe bwa Amerika ,yaraye asohoye indirimbo iriko iravugisha abantu benshi bo muri East African na cane cane abasanzwe baba hamwe nuwo musore mugisagara ca ARIZONA.

Amasanamu yiyo video ya MZIKI BABBI akaba ariko aratangaza abantu benshi cane ,uravye ukungene asa hamwe nubuhinga akoranye.
RABA AMASHUSHO Y’IINDIRIMBO “NIPE PENZI “YA BABBI


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply