Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

 

Nimbona Jean Pierre kidum umuririmvyi w’umurundi ari mubakundwa cane ngaha mugihugu c’Uburundi ,akongera agakorera  ibikorwa vyiwe vyo kuririmba mugihugu ca Kenya yaraye abatijwe mumazi menshi yakira Yesu Christ.

Kuba Nimbona Jean Pierre kidum yemeye kuja kubatizwa mumazi menshi ,vyerekanye ko yakiriye Yesu Nkumwami n’umukiza wiwe mu bugingo bwiwe.

Raba ifoto ari mumazi agira abatizwe.

12278912_989755124425105_9014782532197238468_n

Inyuma yibi bwana Nimbona Jean Pierre kidum akaba yaciye amenyesha ko agiye gushira hanze amasanamu y’indirimbo yiwe ihimbaza Imana isanzwe yitwa “Mbingu na Dunia ” “ijuru hamwe n’isi”

Iyi ndirimbo ikaba iri muri zimwe Nimbona Jean Pierre kidum  yaririmvye zihimbaza Imana.

Raba hasi ayandi mafoto ya Kidum ariko arabatizwa

12310532_989755101091774_7598225225780593735_n 12310579_989755147758436_2726986562413098268_n


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply