Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umugabo wo mugihugu ca Nepal kimwe mu bihugu biri muri continent ya Asia ,afise ubushobozi bwo kwiyuzuzako inzuki umubiri wose atankomanzi.

Surya Prasad Lamichhane w’imyaka 34 yamavuko asanzwe afise ubuhinga budasanzwe aho yiyuzuzako inzuzu umubiri wose .

Uyu mugabo asanzwe yemeza ko yitungiwe ninzuki kubera amahera azikuramwo ndetse yemeza ko umwuga wo kworora inzuki awukoze imyaka 9 ,asanzwe akunda inzuki cane bimwe bitavugwa ndetse ashobora no kuzishira kumubiri agatemberana nazo mugisagara ca Kaski asanzwe avukamwo.12321602_1100692813315868_4571236125082945459_n

Surya Prasad Lamichhane akaba abandanya aviga ko inzuki azifata nk’icuti ziwe ndetse koanazifata nkikirwanisho ciwe kuko atanumwe ashobora kumukorako mugihe yipfutse izo nzuki kumubiri wiwe.

535087_1100692816649201_3148917848045672809_n

 


Leave a Reply