Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Domitien Ndayizeye yahoze atwara uBurundi kuva mu mwaka wa 2003 gushika mu mwaka wa 2005 yaneguye cane imvugo y’umukuru w’ubumwe bwa Africa akongera akaba n’umukuru w’igihugu ca Chad ,umushingantahe Idriss Deby.

Ibi Domitien Ndayizeye yabishikirije inyuma yaho ,Idriss Deby amenyeshereje ko ,ikiringo ca Petero Nkurunziza cemewe n’amategeko ndetse ko abazungu harimwo ubumwe bwa Buraya hamwe n’ishirahamwe rijejwe umahoro kw’isi arivyo biri inyuma y’ingorane ahanini zirangwa mu Burundi.

Mu majambo y’umukenguzamateka ,Domitien Ndayizeye  yamenyeshe ko ivyo bwana  Idriss Deby yamenyesheje ko ataho bifatiye nagato ndetse ko bisa no gushaka gusuzugura abarundi nkuko batoba bazi guharura igiharuro kimwe gushika kuri kabiri.

dodo-4-c231c

Domitien Ndayizeye yahoze atwara uBurundi

Umviriza mu majwi umukenguzamateka Domitien Ndayizeye ngaho musi

.


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira, Politic

Leave a Reply