Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Kenshi abantu bakunda gucira imanza abantu na cane cane abantu usanga bafise ibintu kumibiri yabo haba amahereni ,ibicapo kumibiri yabo,n’ibindi vyisnhi ariko kenshi aba bantu naho bakunda kwagirizwa ukudakundana n’ukubaha Imana ,hari abafise umutima muribo w’urukundo kurusha barya birigwa mu masengero.

Reka tuje muri Africa ,aho hari umwana yari asigaye wenyene inyuma yaho abavyeyi biwe biciwe kubera intambara zikunda kubera mu bice vyinshi vya Africa,uyu mwana naho atari yahitanwe  n’ingwano ,hari ikindi cagira kimukure kw’isi ,ico naco sikindi n’inzara ,kuko yirigwa kw’ibarabara adafise ico afungura ,mbere n’abavyeyi bo ngaho hafi baramwirengagiza ,abirabure bagenziwe bakimwerengagiza,ariko harya umugambi w’Imana wama ari umugambi w’Imana.

Uyu mwana yaje guhura n’umunyakirwongwe muri babazungu baba baje muri Africa gutembera,uyu muzungu agiseruka kuruyu mwana yahagaritse inodoka yiwe avamwo yihuta ,atora wamwana abanza kumuha amazi.

Umuzungu yavuye mumodoka yiwe aha amazi uyu mwana amuha no kubisuguti yarafise mu modoka

Umuzungu yavuye mumodoka yiwe aha amazi uyu mwana amuha no kubisuguti yarafise mu modoka

Uyu Muzungu yari muri bamwe basanzwe bifitiye ibicapo kumibiri yabo ,ndetse unaravye kw’ifoto urabona kwafise ibicapo kumubiri wiwe hafi umubiri wose,ariko igikorwa yakoze gifise agaciro kandi yakoze n’ivyari vyananiye abirigwa murusengero ndetse ababanyi buwo mwana ,ndetse banafise urukoba rumwe nuyu mwana.

Uyu muzungu ahejeje guhembura uyu mwana yanyarukiye kuja kumwoza amukurako ubucafu yaramaze igihe afise kuko yaramaze igihe atoga,munyuma amujana muhira iwiwe aja kumurera.

12661907_822598487863096_7068256521329663917_n

Uyu muzungu yajanye uyu mwana muhira iwiwe amushira mubandi bana

12717163_822598517863093_4182783465882942917_n

Uyu mwana ubu akaba arezwe n’uyu muzungu ,ndetse akaba yamuzsize mubandi bana

Fyonda ngaha udukurikirane kuri Fcebook uzoze uraba uwambere mukuronka amakuru

………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..

 

 


Categories: Amakuru, Muhira, Urukundo

Leave a Reply