Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Umukuru w’igihugu  ca Uganda Yoweri Kaguta Museveni amaze kubutegetsi imyaka irenga 29 yamaze gushira hanze Indirimbo izomufashe ibikorwa vyiwe vyo kwiyamamaza mumatora yumukuru w’igihugu azokwitabira mumeze ari imbere.

Iyi ndirimbo yariribwe na Museveni yitwa kwezi kwezi ,iyi ndirimbo rero ikaba iriko iraca ibintu mugihugu ca Uganda ,aho abantu bariko barayumviriza kubwinshi.

Yoweri Kaguta Museveni subwambere asohoye indirimbo kukoo yaramaze gusohora n’iindi ndirimbo nyishi na cane cane burigihe iyo yimirije igihe co kwiyamamaza kugira abandanye atwara igihugu ca Uganda.

Umviriza hasi indirimbo  Kwezi kwezi ya Yoweri Kaguta Museveni


Categories: Amakuru, Muhira, Umuziki

Leave a Reply