Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Muri reta zunze ubumwe za Amerika mu ntara ya Florida isanzwe iri mubumanuko bwa Reta zunze ubumwe za Amerika  habaye igitangaza kidasanzwe aho abantu  bo murico gisagara babona ikimenyetso kidasanzwe kubicu.

Ibi vyabaye kumasaha y’muhingamo mu gisagara ca Florida,aho  abari murico gisagara babonye ikintu kidasanzwe kubicu ,babona izina rya YESU(JESUS )ryiyandika hejuru kubicu.

Mubari basanzwe bari ngaho abenshi ntibigeze batahura ibibaye mugihe kurundi ruhande hari abari bafise ubwoba ko YESU agarutse nkuko yabisezeranye.

Raba Video yingene izina rya YESU ryiyanditse ku bicu muri Florida ngaho musi ???

Fyonda ngaha ubandanye ukurikira amakuru yacu bitakugoye


Categories: Amakuru, Gospel, Muhira, Mumakungu

One Response so far.

  1. Paul Rwigamba says:

    Ariko mwagiye mureka kubeshya. Ibyo byabaye mukihe gisagara. Ego hariho Florida city iba mucyo bita Miami Dade county, ariko ibyo muvuga sinzi iyo mwabikuye.

Leave a Reply