Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mu mwaka wa 2045 ,igisagara ca Bujumbura kizoba  kiri ku rwego mpuza makungu kuko kizoba gifise vyinshi vyahinduwe murico ndetse na vyinsh bishasha bzoba vyararanguwe haba mu myubakire canke mu buryo bwo kugiteza imbera  kugira  kije kurugero rw’ibindi bisagara mpuzamakungu.

Iri hangiro ryico gisagara gitewe igomwe bitegekanijwe ko rizoja mungiro neza mu mwaka wa 2045 ndetse akaba ariho uwo  umugambi wose uzoba usa naho wagiye mungiro mu gihe umugambi wokurikizwa nkuko bitegekanijwe n’ubutegetsi.

Iki gishushanyo crekana ingene  igisagara ca Bujumbura kizoba kimeze mu mwaka wa 2045 kikaba cashitsweko kubufatanye bwa Reta y’uBurundi ibifashijwemwo na PNUD Burundi hamwe n’ishirahamwe ritunganya ibisagara ryo muri Singapore rizwi nka Singapore Coopération Enterprise (SCE).

Umukuru w’igihugu arikumwe nabandi banyacubahiro bihereye ijisho ingene ico gisagara kizoba kimeze

Raba mu mafoto ingene igisagara ca Bujumbura kizoba kimeze

Aha zoba ari kunkengera z’ikiyaga Tanganyika

 

 

Raba Video yerekana neza ingene igisagara kizoba kimeze mu mwaka wa 2045


Leave a Reply