Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Mugihugu c’uBUurusssia ibintu biratandukanye cane nahandi kw’isi yose ,kuko bobo basanzwe bafise ishengero risanzwe rizwi nka Orthodox rifise iyindi myemereye aho basanzwe bahimbaza umusi mukuru wa Noheri itariki 07 nzero uko umwaka uba uheze.

Nkuko bivugwa nabamwe bari muriryo shenjero rya Orthodox bemeza ko umusi wukuri wo guhimbaza umusi mukuru wa Noheri kwari itariki 07 nzero kuku ariho umwana w’Imana yesu yavukiye.

Abantu bitavye ivyo birori bari benshi cane

Abantu bitavye ivyo birori bari benshi cane

Ibirori vyo guhimbaza umusi mukuru wa Noheli bikaba vyabaye ukuri kwamye mugihugu c’uBurussia mwishengero ryabo rikuru bitiriye umusaraba mutagatifu riherereye i Omsk.

Ibi birori vyo guhimbaza umusi mukuru wa noheli vyari vyitabwe n’abantu ibihumbi n’ibihumbi ndetse n’umukuru w’igihugu cabo bwana Vladimir Putin nawe akaba yari yitavye ivyo birori.

Umukuru w'igihugu ca Russia nawe yari yaje murivyo birori

Umukuru w’igihugu ca Russia nawe yari yaje murivyo birori

……………………………………………………………………………………………………………………………………………………………………..


Categories: Amakuru, Muhira, Mumakungu

Leave a Reply