Bishasha.com

Dutanga Amakuru atosoye kandi yakozweko amatohoza yo mumizi

Inyuma yo kuronswa agashimwe kadasanzwe nk’umuntu yitanga mugukingira impfuvyi mu kwezi guheze ,Barankitse Maggy yongeye kuronswa akandi gashimwe kitiriwe  “Prix International Jean Rey ”

Aka gashimwe kahawe Maggy Barankitse gasanzwe kazwi nka “Prix International Jean Rey ” Marguaritte Barankitse akaba yagahawe n’umwamikazi w’uBubirigi yitwa Lea arikumwe n’umushingamateka w’umubirigi mw’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya bwana Jean Michael.

Raba mu mafoto uko vyari vyifashe igihe Maggy Barnkitse yahabwa aka gashimwe

13502978_1635850246735724_8314521029052571659_o13521843_1635850296735719_2736463618427481643_n13528088_1635850270069055_4998806634209620431_o13537782_1635850183402397_406238662093591209_n


Categories: Amakuru, Burundi, Muhira

Leave a Reply